Friday, May 16, 2025

Burundi : Intambwe idasanzwe mumuziki wo guhimbaz’Imana (Gospel)

0
David nduwimana asanzwe aririmba gospel, yarakoze kuruwu w'Imana   igenekerezo rya 25 Ruheshi Unomwaka igiteramo kidasanzwe  " Narahariwe concert ". Cabereye mugisagara ca Bujumbura kuri jardin...

Kenya : Sauti Sol irushirizaho kwigarurira Isi

Mu rukurikirane rw'ingendo zo kumenyekanisha umuziki wabo kw'isi (World tour) barimwo, abaririmvyi bane bo mu gihugu ca Kenya bahuriye mu mugwi Sauti Sol babandanya...

Olympic Star uri mu myiteguro y’ihiganwa ry’umwaka uza.

0
Kuva kuri uyu wa 26 Mukakaro 2023, Umugwi OlympicStar wo mu ntara ya Muyinga uramutswa umumenyereza mushasha.Uwo mugwi ugiye kumenyerezwa na Robert Bimenyimana yaciye...

Blessing Burundi yashize ku mugaragaro indirimbo azokoresha mw’ihiganwa rya Izere award 2023

0
Umuririmvyi akiri muto Blessing Burundi avuka mu ntara ya Rumonge kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 25 Ruheshi 2023 niho yashira ku mugaragaro izina rw’indirimbo...

Real Madrid ugiye gushikana Abakinyi batandatu.

Amakuru dukesha  Marca avuga ko  Florentino Perez arongoye umugwi wa  Real Madrid agiye gushikana muri uyo mugwi Abakinyi bakiri bato bavuye muri  Atletico Madrid Inyuma...

Mbappé mu nzira yo kuja mu mugwi wa Real Madrid

Amakuru azindutse avugwa cane k'umukinyi wa PSG Kylian Mbappé nuko umwanya n'umwanya ashobora kugurwa amafaranga atari make n'umugwi wa RealMadrid imbere y'igenekerezo rya 17...

“Ahubwo nshingira kubikogwa n’amasengesho kuwuhoraho” – Sat B

0
Umuririmvyi sat B akaba ahejeje gushikiriza ubutumwa bukomeye kubantu bibaza ko ivyo bafise biva mumaboko y'abantu ati oya biva mumabokoyawe mwishaka no muma sengesho...

Ku mwaka umuryango w’umuririmvyi Barnaba ufungura amashilingi arenga gato umuliyoni

Aganira n'ikinyamakuru Fahari media, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Barnaba Classic yagize ati:" Umuliyoni n'amahera menshi cane kuri jewe bivanye n'ubuzima nakuriyemwo. Jewe...

Kylian Mbappé muri Real Madrid

Umukinyi w'igihangange Kylian Mbappé asanzwe akinira Paris Saint Germain yo mu gihugu c'ubufaransa birashoboka ko agiye kwerekeza i Madrid mu murwa mukuru wa Espagne. Amakuru...

Intamba mu Rugamba muri CAN 2023

0
Inyuma yo gutsinda umurwi nserukiragihugu wa Namibie ibitsindo 3 kuri 2, umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba watahukanye amanota agera kur'atatu. Urwo rukino rwabereye ku kibiga...
Google search engine

Recent Posts