Saturday, June 7, 2025

Mkombozi Lucifer :” Ndiho  sivyo ndacadeya”

0
Ayo n´amajambo ya Umuririmvyi Mkombozi Lucifer yanditse kurubuga rwiwe rwa Facebook ati : "Sintinya gupfa kuko nakahise ka MAMAN na PAPA,ahubwo urupfu rwoza rwoba...

Bumamuru uhejeje gutahukana intsinzi.

0
Umugwi wa Bumamuru Fc uhejeje gutsinda Centre Sportif de Bendje ibitsindo bitanu kuri kimwe mu rukino rwo gusubiriza. Bumamuru 5- 1 Centre de Bendje Bumamuru ikazoca...

Man Theo na Olegue bagiye gushirahabona indirimbo.

0
Inyuma yo kuja mw'ihiganwa rya Izere Award akegukana ikibanza ca 3, umuririmvyi wo mu ntara ya Rumonge Man Theo agiye gukoran'indirimbo na Olegue asanzwe...

Founder Tz yoba agiye kuboneka muri Wasafi festival

0
Umwana w'imyaka 15 wo mw'ikambi y'impunzi ya Nyarugusu mu gihugu ca Tanzania Founder Tz ashobora kuzoba kumwe na WCB muri Wasafi festival igiye gutangura...

Natacha Burundi yoba yari gusa kuriyi sanamu?

0
Umuririmvyikazi Ngendabanka Natacha Burundi yagaragaye kw´isanamu iyo nayo ikaba iriko ivugisha benshi ku mbuga hwaniro. Uyo muririmvyikazi yabonetse kuri iyo sanamu yambaye agahuzu kagufi asa...

Famous yegukanye Izere Award 2023

0
Iryo higanwa ry'abanyamuziki ritunganywa na Radio Izere FM yo mu ntara ya  Rumonge yarangiye kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 20 Myandagaro mu gihe ryariko rirahuza...

Abaririmvyi bambar’amasheneti azimvye.

0
Ugushaza kw'abaririmvyi guhagaze ku bintu bitandukanye; mu gihe bamwe bambara impuzu zizimvye, abandi bambar'ibirato, isaha, impeta amasheneti canke bakimosha ku giciro kinini. Kw'isi nzima hari...

Primus League Burundi : Ihiganwa rya 2023-2024 riratangura.

0
Inyuma y'imisi itari mike bari mu karuhuko,kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 18 Myandagaro 2023,inkino z'ihiganwa rikuru ry'umupila w'amaguru mu Burundi ziratangura icese. Burundi Sports...

Hamenyekanye Abakinyi bagiye kwitegurira Urukino ruzobahuza na Cameroun.

0
Urutonde rw'abakinyi 37, umumenyereza Etienne Ndayiragije yahamagaye mu mugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba officiel, mu ntumbero yo kwitegurira urukino rukomeye ruzohuza Uburundi na Cameroun...

Kidum ngo yoba yicuza kuba ari umuririmvyi.

0
Ivyo Nimbona jean pierre amenyeka cane ku mazina ya kidumu kibido , yavyanditse abicishije kurubuga rwiwe rwa facebook kuri uyu wa kabiri. ubwo butumwa bugufi...
Google search engine

Recent Posts