Saturday, June 7, 2025

Tanzaniya : Uko bagaragara niko bategerezwa kuba bameze.

0
Bamwe mubatanguye gukwirikirana ibikorwa vya bamwe mubamenyesha makuru n'abakina amareresi mugihugu ca Tanzania bavugako hari abadasaza, bafatiye kukiringo bamaze bakora umyuga yabo. Batanga Akarorero k'umumenyesha...

USA : Sasha Obama arushirizaho gutangaza benshi

0
Sasha Obama, Umwe mu bana babiri b'abakobwa b'uwahoze ari umukuruwigohugu ca Leta zunzubumwe za Amerika Barack Obama, arushirizaho kuvugish'abantu benshi kw'isi nzima inyuma yo...

Natasha  azohiganwa muri Hiskool Award

0
Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yatowe kuzohiganwa  n'abaririmvyi bibihangange mu karere mwihinganwa ryitiriwe HISKOOL2023 AWARD mugihugu c'ubuganda. Uyo muririmvyikazi akaba ariwe murundi  wenyene  yashoboye gutorwa kuba muri...

Tanzania : Nay wa mitego yahagaritswe gukora ibiteramo.

0
Umuririmvyi Emmanuel Elibariki   azwi kw'izina rya Nay wa Mitego yugariwe n'urwego rujejwe gukurikirana impano mugihugu ca Tanzania(Basata) ,ko atazongera gukora igiteramo mur'ico gihugu bivuye...

Rumonge : Msamaria yoba agiye gushira ahabona indirimbo?

0
Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook  uyo murimvyi asanzwe yamuka mugisagara ca Rumonge akaba yanditse ijambo "Ndaje".  Msamaria Danielo akaba amaze igihe kitari gito atarashira hanze...

Inyuma ya somebody Bain Turo yoba ategekanya gusohora ireresi.

0
Umuririmvyi Bain Turo ubwo aheruka kugira Media tours; aho yaciye mu bimenyeshamakuru bitandukanye . Akaba yariko amenyekanisha indirimbo yiwe nshasha SOMEBODY  kuma Radio asanzwe...

Abaririmvyi ba barundi baguma bagarara mu bihugu bitandukanye.

0
Inyuma y´igiteramo yakoze mugihugu ca Suede, yagaraye ari muramwe mu mabarabara y´igisagara ca Guterborg. Ikigaragara n´ukwo abaririmvyi bu muziki ndundi bakunze cane kugaragara kumasanamu bari...

Umuziki ndundi ubandanya wamamara mumakungu.

0
Umurimvyi Sat B yoba ariko yitegurira kwitabira igiteramo mugihugu ca Swede. Nkuko bigaragara kuruga rwiwe rwa instagram , sat b yagize ati: "abo muri swede...

Kigingi arishimira ibikorwa vya chorale saint Dominique

0
Uwo mugwi waruranutse utegura igiteramo"Intahe concert" Muntumbero yo guhimbaza yubile y' imyaka 25 , Umuhinga muvyo gutwenza Alfred aubin MUGENZI ,asanzwe azwi kw'izina rya Kigingi yari...

Bongo : Rosa Ree vyanse ko yihanganira Khaligraph Jones

0
Inyuma y'aho umiririmvyi wo mu gihugu ca Kenya Khaligraph Jones atangarije ko mu gihugu cose ca Tanzania atamuraperi n'umwe akwiye kugereranywa nawe ndetse agahamagarira...
Google search engine

Recent Posts