Nigeria : Davido niwe yatumye umuziki wigishwa muri kaminuza.
Nk'uko yabishiz'ahabona ku rubuga rwiwe rwa Instagram, amaze kurangiz'amashure yisumbuye mu gihugu c'amavuko, umuririmvyi Davido wo mu gihugu ca Nigeria yarungitswe n'umuryango wiwe muri...
Ghana : Sarkodie ategeka Rihanna guhindura umudiho w’indirimbo.
Sarkodie, umuririmvyi akomeye wo mu gihugu ca Ghana ngo yoba yaregerewe n'ikimenyabose mu muziki w'isi Rihanna kugirango bakorere hamwe indirimbo.
Nk'uko Sarkodie ubwiwe avyemeza, ngo...
Primus League Burundi : Inkino z’indwi ya gatandatu zirabandanya.
Kuri uyu wa gatandatu Inkino z'indwi ya gatandatu y'ihiganwa ry'icicaro ca mbere mu mupila w'amaguru mu Burundi zarabandanije.
Messager Ngozi 1-0 Kayanza United
Magara Young Boys...
Burna Boy ati :”Sinokwigereranya na Fally Ipupa”
Aganira n'abamenyesh'amakuru mu ntango z'iyi ndwi, umuririmvyi wo mu gihugu ca Nigeria Burna Boy yagiz'ati:"Nivyo nd'umwe mu baririmvyi bo ku mugabane wa Africa batuma...
Ni bande badashakako Sat B aterimbere?
Umuririmvyi Sat B kuri uyu wagatanu igenekerezo rya 22 Nyakanga 2023 yaranditse amajambo asa nayarimwo akababaro kumbuga ngurukanabumenyi zitandukanye asanzwe akoresha.
Kurubuga rwiwe rwa Meta(Facebook)...
Ukuri kumuduga Big Fizzo yakoresheje mundirimbo Superman.
Mu ndirimbo Superman ya Big Fizzo, inyuma yaho yinjiye neza mumitima y’abakunda umuziki ndundi nkuko bibandanya vyo bonekeza, benshi bagumanye ibibazo kumodoka yakoreshejwe muri...
Maluundi n’indirimbo nshasha “Muzane”.
Umuririmvyi Maluundi yamuka mu ntara ya Rumonge ariko akorera umuziki wiwe mu gisagara ca Bujumbura yashiz'ahabona indirimbo nshasha Muzane.
Muzane n'indirimbo iri mu mudiho wa...
Canjo Amissi n’umuntu ki?
Canjo Amissi yavutse mu mwaka w’1957 muri quartier Swahili, mu gisagara ca Ngozi ni m’uburaruko bw’u Burundi.Canjo Amissi yerekanye impano haba mu vyigwa,mu rukino...
Bongo : Z Anto na Jay Melody bava ind’imwe.
Z Anto na Jay Melody n'abaririmvyi bo mu gihugu ca Tanzania. Ku bakurikirana umuziki wa Bongo Flavor ntankeka baribuka indirimbo Binti kiziwi. Iyi n'indirimbo...
SAT-B ngo yoba ariko arazamura urwaruka ruri hafi yiwe.
Umuririmvyi wo muri Buja music Sat-B ngo yoba yatanze amafaranga y'amarundi agera ku miliyoni 25 ku rwaruka rumuri hafi muri timu Satura kugirango gwiyungunganye.
Nk'uko...