Home ENTERTAINMENT Primus League Burundi : Inkino z’indwi ya gatandatu zirabandanya.

Primus League Burundi : Inkino z’indwi ya gatandatu zirabandanya.

152
0

Kuri uyu wa gatandatu Inkino z’indwi ya gatandatu y’ihiganwa ry’icicaro ca mbere mu mupila w’amaguru mu Burundi zarabandanije.

Messager Ngozi 1-0 Kayanza United

Magara Young Boys 0- 2 Musongati

Burundi Sport Dynamik 0-2 Amasipiri

Kuri uyu w’Imana inkino zirabandanya

Bumamuru vs Moso Sugar 15h

Tigre Noir vs Flambeau du centre 15h

Olympic Star vs Inter Star 15h

70300cookie-checkPrimus League Burundi : Inkino z’indwi ya gatandatu zirabandanya.
Previous articleBurna Boy ati :”Sinokwigereranya na Fally Ipupa”
Next articleGhana : Sarkodie ategeka Rihanna guhindura umudiho w’indirimbo.