Ishirahamwe ry´ubwishingizi UCAR ryahagaritswe
Nkuko biri murwandiko rw´ikigo ca Leta kijejwe kugenzura amashirahamwe vyogutegekeraniriza impanuka(assurance), ARCA mumpfunyapfunyo y´igifaransa, rwo kuri uyu 3/10/2023 rwibutsa abantu bose ko ishiramwe Ucar...
Ngozi: Habaye inkino za Judo zahuje imigwi itandukanye
Kuruyu w'Imana igenekerezo rya 1 gitugutu uno mwaka hatunganijwe ihiganwa mugisagara ca ngozi ku migwi ikina judo muriyo ntara. Harimwo imigwi yo mugipolisi Club...
Terefone ya The Ben yoba yibiwe mugiteramo i Bujumbura.
Wawundi ngo nta vyama vyera vyose, mu gihe bamwe bariko baratamba baryohewe hari abandi umunezero wabo wamaze akanya gato biturutse ko bikabakavye basanga terefone...
Tanzania yaronse umukaridinali.
Kur'uyu wa 30 Nyakanga, i Roma mu Butaliyano habaye ibirori vyo kwimika karidinali Porotaze Rugambwa asanzwe yamuka mu gihugu kibanyi ca Tanzania, mu ntara...
Ibikorwa vyo kwubaka urugomero rwa Rusumo Falls bigeze ku bice 99.7%
Kur'uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Nyakanga, Ibrahim Uwizeye, Umushikirangaji muvyo ajejwe harimwo amasoko ntanganguvu mu Burundi yishikiye ku rugomero rwa Rusumo, muri District...
Bongo : Diamond na Zuchu bashobora kuba batakirikumwe.
Ku rubuga ngurukanabumenyi rwa Instagram, umwe mubakurikirana umuririmvyi Zuchu wo mu gihugu ca Tanzania yashatse kumenya igituma Diamond aguma agaragarana na Tanasha wo muri...
Umuririmvyi The Ben yamaze gushika mugisagara ca Bujumbura.
Aherekejwe n'umugore wiwe Uwicyeza Pamella, umuririmvyi The Ben wo mu gihugu c'Urwanda ahejeje gushika ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye c'i Bujumbura aho aje mu...
Kadja Nin yagirishije igiteramo mu 1997 ata birato yambaye n’umuririmvyi ki?
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Jeanine Ntiruhwama Rema. Ni umukobwa wa Jean Ntiruhwama uwahoze ari umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu kuri Mwambutsa wa kane.
Yavutse...
Gianni Infatino, ayoboye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi yose agiye kugendera Uburundi.
N'inkuru nziza ku Burundi na cane cane abakunzi b'urukino rw'umupira w'amaguru aho umurongozi wa FIFA azoba ari mu Burundi ku matariki ya 21 na...
Nigeria : Davido niwe yatumye umuziki wigishwa muri kaminuza.
Nk'uko yabishiz'ahabona ku rubuga rwiwe rwa Instagram, amaze kurangiz'amashure yisumbuye mu gihugu c'amavuko, umuririmvyi Davido wo mu gihugu ca Nigeria yarungitswe n'umuryango wiwe muri...