Home ENTERTAINMENT Gianni Infatino, ayoboye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi yose agiye kugendera Uburundi.

Gianni Infatino, ayoboye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi yose agiye kugendera Uburundi.

136
0

N’inkuru nziza ku Burundi na cane cane abakunzi b’urukino rw’umupira w’amaguru aho umurongozi wa FIFA azoba ari mu Burundi ku matariki ya 21 na 22 Gitugutu 2023.

Mu bimuzanye¬† mu Burundi harimwo ukuyaga n’indongozi z’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru FFB kuvyerekeye umugambi wa FIFA Forward.

FIFA isanzwe iriko irashigikira Uburundi mu gusanura ikibuga Intwari zho ibikorwa bikibandanya.

70490cookie-checkGianni Infatino, ayoboye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi yose agiye kugendera Uburundi.
Previous articleMusic Audio : Band Family Ft Faty Oil – Mama Goro
Next articleKadja Nin yagirishije igiteramo mu 1997 ata birato yambaye n’umuririmvyi ki?