Friday, June 6, 2025

Yvan Muziki yagiriza Sony na Big Fizzo gushaka kumutwara ubuzima

0
Mu gice ca 2 c’ikiganiro  Yvan Muziki yagiranye na Yago TV Show yo mu gihugu c’Urwanda,  Yvan Muziki yagirije kumugaragaro umurirmvyi Big Fizzo na...

Francine NIYONSABA abandanya akora amateka

0
Mu minota 14, amasegonda 28 n'ivy'ijana vy'isegonda 98, Umurundikazi #FRANCINE NIYONSABA abaye uwa mbere ku metero 5000 mu gice ca nyuma ca Wanda Diamond...

Menya Media yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene ( Artistique )

0
Ishirahamwe Menya Media kuruyu wambere igenekerezo rya 06 Nyakanga 2021 kuri hotele Best Outlook yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene ( Artistique...

Kirikou Akili aciye bugufi mugushimira abafana biwe

0
S’ibinyegezwa aho mu Burundi beshi mubaririmvyi basuzugura abafana babo mukwiduza hejuru kwataco bamare  ariko n’umuririmvyi Kirikou atakiri wawundi wo muri Bantu bwoy ko yahindutse...

Football :Umugwi PVP Buyenzi niwe watahukanye igikombe c’Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu

0
Kuruwu wagatandatu 14 Mukakaro 2021 rwabereye muntara ya Makamba kukibuga Nkurunziza Peace Park Complex niho habaye igice canyuma final y’igikombe c'Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu mukupira...

GOSPEL SHASHA | Stine Stella – Umutima | Download

0
Umuririmvyikazi Stine stella aririmbo indirombo zogutazira imana yashize kumugaragaro amasanamu y'indirimbo Umutima, ushobora kuyiraba aha. https://www.youtube.com/watch?v=ZGKbdUxkFIo

Freema Boy Agiye Guheza Ici Kumateka y’Indirimbo Zibiri n’Abaririmvyi Batatu

0
Umuririmvyi Bien Freema Boy yashimye kubwira ukuri abakunzi biwe yuko vuba agihe gushira kumugaragaro indirimbo zibiri zizoba ari indirimbo zoguheza ici, Freema Boy ngo...

MAKAMBA : Just Way Yesa Agiye Gushira Kumugaragaro IndirimboIfise Amasanamu

0
Umuririmvyi asazwe abamuntara ya Makamba ndeste agaragara mumuziki ndundi mugusohora indirimbo nyishi Just Way Yesa, Umurirmvyi Just way Yesa amaze gushira kumugaragaro indirimbo zitari...

Double Jay na Kirou Aliki berekanye Brand yabo shasha Bilimani Boy

0
Abaririmvyi batakibarizwa muri Bantu Bwoy  Double Jay na Kirikou Akili bayare berekenye ikiranga umugwiwabo mushasha bawise BILIMANI BOY, nkuko bavyerekanye mikigani bakoranye n'abanditse n'bamenyesha...

Pamy Queen arabeshuje amakuru avugwako yahevye kuririmba

0
Nkuko vyagaragaye kumbuga ngurukana bumenyi zitandukanye bivugwako umuririmvyikazi Pamy Queen yahevye kuririmba akaba yabeshuje ayo makuru mukiganiro yakoranye na zabuja.com. Pamy Queen yavuzeko naho ubu...
Google search engine

Recent Posts