Double Jay na Kirou Aliki berekanye Brand yabo shasha Bilimani Boy

Double Jay na Kirou Aliki berekanye Brand yabo shasha Bilimani Boy

31 juillet 2021 0 Par KAMIKAZI

Abaririmvyi batakibarizwa muri Bantu Bwoy  Double Jay na Kirikou Akili bayare berekenye ikiranga umugwiwabo mushasha bawise BILIMANI BOY, nkuko bavyerekanye mikigani bakoranye n’abanditse n’bamenyesha makuru kuruyu wagatano igenekerezo rya 30 Mukakaro 2021, Double Jay na Kirikou barerekanye icatumye biyumvira gukora Bilimani Boy nukobeshi bavu muzindi ntara zaruguru bakaja mubisagara kurongera ubuzima baga susugugwa bigatuma batishimira iwabo.

Double Jay yahamagariye abantu bose bavuye ruguru ko boshigikira Bilimani Boy mukugura imipira yokwambara eke vyose bizoba bifise ikimenyetso ca Bilimani Boy. nahonyene baragaragaje ko batariko bararota bavuga nabi umurirmvyi Big fizzo naho batigeze bagaragaza kumbuga ngurukana bumenyi zabo mukumwifuriza isabukuri nziza kwitariki yiwe wamavuko aho hari itariki 25 Mukakaro 2021.

 

Facebook Comments Box
8780cookie-checkDouble Jay na Kirou Aliki berekanye Brand yabo shasha Bilimani Boy