Home VIDEOS VIDEO SHASHA | Nziza Desire – Mwiza

VIDEO SHASHA | Nziza Desire – Mwiza

135
0

Nziza Desire yashize kumugaragaro indirimbo yiwe MWIZA, mumasanamu yayo habonekamwo umufasha wiwe Bijoux atakiri kuriyisi, wibuke ko Nziza Desiri yari yarigeze kuyisoheye hari kuwagatano iteriki 16 Mukakaro 2021 mugitondo aca arayifuta kuri youtube imazeĀ  iminota cumi nitatu gusa amaze kuronka inkuri mbi ko Umufasha wiwe Bijoux yitavyi Imana nandetse ariwe yaiyiririmbie.

  1. 1.
    Nziza Desire - Mwiza MP3
    3:57
Downlowad | Nziza Desire - Mwiza (Audio MP3) (69 downloads)

 

8720cookie-checkVIDEO SHASHA | Nziza Desire – Mwiza
Previous articleAUDIO | Ado B – Nanje ndumuntu | DOWNLOWAD
Next articleDouble Jay na Kirou Aliki berekanye Brand yabo shasha Bilimani Boy

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here