MAKAMBA : Just Way Yesa Agiye Gushira Kumugaragaro IndirimboIfise Amasanamu

MAKAMBA : Just Way Yesa Agiye Gushira Kumugaragaro IndirimboIfise Amasanamu

4 August 2021 0 By KAMIKAZI

Umuririmvyi asazwe abamuntara ya Makamba ndeste agaragara mumuziki ndundi mugusohora indirimbo nyishi Just Way Yesa, Umurirmvyi Just way Yesa amaze gushira kumugaragaro indirimbo zitari nke nka Tuzorambana, Urihangana.

Just way Yesa beshi bamuzi kundirimbo Ndi Mu Rukondo indirimbo yamuhaye amateka sana ikaba yagiye kumugaragaro hari itariki 20 Ruhuhuma 2021, Just way Yesa ngo agiye gushira kumugaragaro indrimbo yiwe shasha kandi izoba ifise amasanamu yise BARUTANTA GUSA nkuko ya bigaragaje kumbuga ngurukana bumenyi ziwe instagram na facebook.

Mkukiganiro Umuririmvyi Just way Yesa  yakoranye na zabuja.com yavuzeko azoyishira kumugaragaro kuruyu wa kuwagatatu igenekerezo rya 04 Nyandangaro 2021 igihe cisaha zitandatu zumutanga, ndeste yasavye abakunzi bumuziki ndundi kumushigikira nokwakira indondirimbo neza.

Facebook Comments Box
9260cookie-checkMAKAMBA : Just Way Yesa Agiye Gushira Kumugaragaro IndirimboIfise Amasanamu