Fabby Tozzy yagiriza Ubusuma Lolilo Simba Kumwiba Indirimbo “Hatari”
Umuririmvy Fabby Tozzy asanze avuka mu ntara ya Rumonge yagaragaje umubabaro wiwe mukwagirisa umuririmvyi Lolilo Simba Ntare ubusuma bw'indirimbo.
Fabby Tozzy akaba yemejeko Lilolo indirimbo...
Uburyarya Nugusuzugurana Nivyo Biranga Abaririmvyi Babarundi Bivuzwe na Freema Boy
Nkuko bamwe mubaririmvyi b'umuziki ndundi bama babivuzeko muribo ntarukodo bafitaniye mbere atanakimwe bagaragaza mugushigikirana mubikogwa, umuririmvyi Bien Freema wewe werekanye ko ashigikira ibikogwa vyabandi...
Lolilo arimu muri studio kwa Amiri Pro
Mugihe abakunzi b'umuziki ndundi bakirimdiranye igishika indirimbo zitano umuririmvyi Lolilo Simba Ntare agiye gushira kumugaragaro vuba nkuko abandanya kubiragaza kumbuga ngurukana bumenyi ziwe, Lolilo...
Lolilo na Loliane bifuriza umwana wabo Saouar Simba isabukuru rwiza
Saouar Simba n'umwana wa Lolilo Simba Ntare na Loliane akaba yavutse kumusi wa gatanu kwigenekerezo rya 26 Nyakanga 2020, abicishije kuri instagram wiwe lolilo...
Sat-b yakwije abamukurikira 100,000 kuri Chanel yiwe ya YouTube
Sat-b uno musi akaba ariwe muririmvyi wa mbere akwije abantu 100,000 bamukurikirana ku rubuga rwa Youtube nkuko twabashije kubibona kuri urwo rubuga aho n'inyuma...
Lolilo abandaya yerekana ko Intara yamari Ntare
Umuririmvyi Lolilo abandanya agerageza kwerekana koko arintare kandi intare yama arintare ivyo akaba yabigaragaje kuri instagram yiwi kuruwagatanu, Lolilo yantitse ati : Lolilo Simba...
Sat B yakiriye mugenziwe otile Brown mu Burundi avueye mugihugu ca kenya
Umuririmvyi akundwa cane mugihugu ca Kenya Otile Brown kuruyu wambere mugitongo niho yashika kukibuga cindege Melchior Ndandaye mugisagara ca Burujumbura, Otile Brown akabayakiriwe na...
UMUPFAKAZI (The widow) ni film 3FAFILMS Bagiye gusira kumugaragaro
Abakinyi babarersi mu Burundi 3FAFILMS Bagiye gusohora ireresi UMUPFAKAZI (The widow) nkoko vyahgararagaye kumuga kurukana bumenyi zuyo mugwi bati :
Naho kubura urugo bibaho,haraho...
Sat B agaragaza imyiteguro yindirimbo yiwe shasha niki bombe
Umurirmvyi Sat B arerekanye ko ariko arategura indirimbo yiwe shasha akaba yabigaragaje kuri instagrammyiwe, nimugihe yaramaze imisi agaragara mundirimbo afasha abandi bararimvyi, agacerere ntikakiba...
Olegue aronka amasezerano na SAD kubera urukundo akunda Abana
Umuririmvyi Olegue abandanya yizegwa inyumayo gutahukana ikibanza ca 2 muri Tagata na Primustar, aho yahawe agashimwe k’imiliyoni 15 Ishirahamwe riharanira Agateka k’abana SAD (...