Home NEWS Uburyarya Nugusuzugurana Nivyo Biranga Abaririmvyi Babarundi Bivuzwe na Freema Boy

Uburyarya Nugusuzugurana Nivyo Biranga Abaririmvyi Babarundi Bivuzwe na Freema Boy

204
0

Nkuko bamwe mubaririmvyi b’umuziki ndundi bama babivuzeko muribo ntarukodo bafitaniye mbere atanakimwe bagaragaza mugushigikirana mubikogwa, umuririmvyi Bien Freema wewe werekanye ko ashigikira ibikogwa vyabandi baririmvyi nkuko vyagaragaye kuri instagram yiwe ahoyashizeko posti ya video ariko araririmba indirimbo Umudodo y’umuririmvyi Big Fizzo.

Mukiganiro Freema Boy yakoranye na zabuja.com yavuzeko abaririmvyi babarundi badashigikirana nagato ahubwo baragwa nuburyarya ivyo bigatuma ibikogwa ndundi bidatera imbere, ngo icatumye ashigikira indirimbo Umudodo kuko n’indirimbo imezeneza kandi ifise na video imeze neze kandi n’indirimbo ndundi.

Freeema Boy tumu bajije igituma Fizzo wewe atize agaragaza gushigikira indirimbo ziwe , Freema Boy yishuye ati iconico cishe umuziki ndundi kuko urimwo gusuzugurana ngo nuko ari umuririmvyi akomeye atogira commentaire kundirimbo yumuririmvyi muto ngo yoca  aterimbere ihibambewe vyogaragaza urukundo mbere umuziki ndudni wotera imbere gusumba ukuri ubu. Freema boy yahamagariye abandi baririmvyi gushikigirana utaravye igihagararo.

12910cookie-checkUburyarya Nugusuzugurana Nivyo Biranga Abaririmvyi Babarundi Bivuzwe na Freema Boy
Previous articleAUDIO | Kiki Houston ft MaYi – Buja My Town | Download
Next articleFabby Tozzy yagiriza Ubusuma Lolilo Simba Kumwiba Indirimbo “Hatari”

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here