Sat B yakiriye mugenziwe otile Brown mu Burundi avueye mugihugu ca kenya

Sat B yakiriye mugenziwe otile Brown mu Burundi avueye mugihugu ca kenya

20 septembre 2021 0 Par H. Mervis

Umuririmvyi akundwa cane mugihugu ca Kenya Otile Brown kuruyu wambere mugitongo niho yashika kukibuga cindege Melchior Ndandaye mugisagara ca Burujumbura, Otile Brown akabayakiriwe na Sat B ndeste naba menyesha makuru.

Otile Brown akaba yaje mubikogwa vyumuziki aho bitegekenijweko ko bakorana indirimbo n’umuririmvyi Sat B.

Lolilo ngo Alikiba nicuti yiwe

 

Facebook Comments Box
12050cookie-checkSat B yakiriye mugenziwe otile Brown mu Burundi avueye mugihugu ca kenya