Lolilo n’umuririmvyi mu Burundi wonyene amaze gukorana indirimbo n’umuririmvyi Alikiba womugihuguca Tanzania, nkuko yabivuze mukiganiro yakoranye numumenyesha makuru akomeye Sule S NDIMU ngo bahuriye migiteramo baca barafundika gukora indirimbo yabo yambere iyo ndirimbo itigeze isohoka, ariko baca bakora iyindi Maneno Matamu yasohete n’amasananamu , Lolilo yavuze ubucuti bafitaniye na Alikiba mbere aranavuga indirimbo shasha bagiye gusohora na Alikiba aho hasigaye gukora ama sananamu kuko amajwi yaraheze gukogwa.
kwirikirana ikiganiro cose aha …. ntiwibagire gusiga iciyumviro cawe muri commentaire
120210cookie-checkLolilo ngo Alikiba nicuti yiwe