Home NEWS Lolilo abandaya yerekana ko Intara yamari Ntare

Lolilo abandaya yerekana ko Intara yamari Ntare

226
0

Umuririmvyi Lolilo abandanya agerageza kwerekana koko arintare kandi intare yama arintare ivyo akaba yabigaragaje kuri instagram yiwi kuruwagatanu, Lolilo yantitse ati : Lolilo Simba Ntare 5 coming soon bikaba bisigura ko agiye gushira kumugaragaro indirimbo zitano shasha harimwo n’indirimbo yakoranye nibindi bihangange mumuziki ndundi mbere n’umurirmvyi alikiba aturuka mugihugu ca Tanzania.

Izi n’indirimbo agiye gushira kumugaragaro imbere yuko umomwaka urangira.

Mwibukeko Lolilo Simba Ntare muruyu mwaka wa 2021 amaze gusohora indirimbo gwiwe imwe gusa ariyo Zero yasohotse itari 19 ukwezi kwagatandatu 2021 ikaba imaze kurabwa nabantu barenga 50.000 Viesw kuri chanel ziwe, Lolilo akaba amaze kugaragara mundirimbo zitatu yakoranye nabandi baririrmvyi abafasha.

Lolilo ngo Alikiba nicuti yiwe

 

12190cookie-checkLolilo abandaya yerekana ko Intara yamari Ntare
Previous articleAUDIO | Esther Nish – Fire Cine Francine | Download
Next articleVIDEO SHASHA | Gaga Blue Ft Fabe Love – Umwana | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here