Lolilo na Loliane bifuriza umwana wabo Saouar Simba isabukuru rwiza

Lolilo na Loliane bifuriza umwana wabo Saouar Simba isabukuru rwiza

26 septembre 2021 0 Par KAMIKAZI

Saouar Simba n’umwana wa Lolilo Simba Ntare na Loliane akaba yavutse kumusi wa gatanu kwigenekerezo rya 26 Nyakanga 2020, abicishije kuri instagram wiwe lolilo yashizeko posti y’ifoto yiwe arikomwe na Loliane hamwe na Saouar Simba umwana  wabo mukumwifurza isabukuru ryiza.

Saouar Simba kuruyu wagatandatu 26 Nyakanga 2021 niho yakwiza umwaka umwe wamavuka Lolilo yandika ati : happy first birthday my dear son, may Allah protect you and guide you all your life!!We love you more.

Facebook Comments Box
12500cookie-checkLolilo na Loliane bifuriza umwana wabo Saouar Simba isabukuru rwiza