Lolilo arimu muri studio kwa Amiri Pro

Lolilo arimu muri studio kwa Amiri Pro

30 septembre 2021 0 Par KAMIKAZI

Mugihe abakunzi b’umuziki ndundi bakirimdiranye igishika indirimbo zitano umuririmvyi Lolilo Simba Ntare agiye gushira kumugaragaro vuba nkuko abandanya kubiragaza kumbuga ngurukana bumenyi ziwe, Lolilo ahejeje kugaragara kwisananumu ari muristudio n’umuhinyanyuzi Amiri Pro ku video yashizeko kuri instagram yiwe.

Muriyo Video vyagaragaye neze ko Lolilo ari mumyiteguro y’indrimbo naho bigoye kwemeza igikogo nyezina yoba ariko arategura.

Video Instagram

Facebook Comments Box
12740cookie-checkLolilo arimu muri studio kwa Amiri Pro