Saturday, June 7, 2025

Ubuzimwa bw’umuririmvyikazi Meili ( Biographie)

0
Umuririmvyikazi ariko arakora neza kurikino gihe MUGISHA Merveille beshi bamuzi kwizina ry'umuziki  Meili bisigura  beautiful, akaba arumwigeme yakuriye mugihugu c'uburundi muri zone ya Ngagara...

Tigger Brizz Amenyesha Isango Aho Azosohorera Indirimbo Shasha

0
Umuririmvyi NIJIMBERE Fabrice beshi bamuzi kwizina rya Tigger Brizz amaze igihe kitarigito hafi umwaka urenga adasohora indrimbo beshi bakibaze habaye iki naho aguma agaragara...

Lolilo Simba Ntare Womu myaka 20 Iheze

0
Umuririmvyi Lolilo Simba Ntare aremeye gushira kumugaragaro kahise kiwe mukwerekana amafoto uko yari ameze mumyaka 20 irangiye akaba yaya shize kuri instagram yiwe. Kuba umustari...

Fanny Lavina Asaba Abarundi Gushigikira Amareresi Ndundi

0
Umukinyi w'amarersi  akomeye mugihugu c'uburundi Fanny Lavina abandanya urugendo arimwo mugihugu kibanyi c'urwanda, urugendo yatanguye kwigenekerezo rwa 03 Gitugutu 2021 muntumbero yo cokumenyekenisha ibikogwa...

Jogos Negros : Turimumyiteguro Yo Gufata Amasanamu Y’indirimbo Vyoose

0
Umuririmvyi Jogos Negros asazwe aramutsa umugwi Jaming Band womuntara ya Rumonge mbere akaba ari umuhinyanyzi muri studio Babu K Record yongaho nyene mu Rumonge...

Bien Freema Boy Arerekanye Indirimbo Iri Muri EP Yiwe Iri Mumudiho Wama Piano

0
Umuririmvyi Bien Freema Boy nkuko amaze imisi abigaragaza kumbuga ngurukana bumenyi ziwe facebook canke instagram yuko vuba agiye gushira kumugaragara urukwirikirane gw'indirimbo EP aho...

Makamba | Yari Yakiriye Abamenyeshamakuru KIYAGO MEDIA TV

0
Nimugihe ibici binini vyama TV online bikorera mugisagara ca Bujumbura, ivyo bikaca bigaragaza kutaboneka kwaba artiste bakorera muntara zaruguru kurayo ma TV Online yo...

KIMANA Eith Stein yitoza Kurongora Amicale Du Musiciens Du Burundi

0
KIMANA Edith Stein akaba agiye kwitoza kurongora ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi (Amicale des Musiciens) mumatora yimirije, ivyo akaba yabigaragaje kuruwu wagatanu igenekerezo rya 08...

Mista champagne Atakambira Ama Media Online Yomu Gihugu Ca Tanzania Gufasha Abaririmvyi Bomu Burundi

0
Umuririmvyi Mista Champagne murugendo arimwo mugihugu ca tanzania kuvyerekeye ibikogwa vyiwe vyumuzi, Mista Champagne mukiganiro yakoranye na TV S6 yerekanye neza ko abaririmvyi ba...

Esther Nish kucuro Yiwe Yambere Ahonyoza Ikirenge Mugisagara Ca Kinshasa

0
Umuririmvyikazi Esther Nish azofata urugendo kuruyu wambere kumudoroba igenekerezo rya 11 Gitugutu 2021  azoba agana mugihugu kibanyi ca Congo mugisagara ca Kinshasa muntumbero yo...
Google search engine

Recent Posts