Home NEWS Mista champagne Atakambira Ama Media Online Yomu Gihugu Ca Tanzania Gufasha Abaririmvyi...

Mista champagne Atakambira Ama Media Online Yomu Gihugu Ca Tanzania Gufasha Abaririmvyi Bomu Burundi

218
0

Umuririmvyi Mista Champagne murugendo arimwo mugihugu ca tanzania kuvyerekeye ibikogwa vyiwe vyumuzi, Mista Champagne mukiganiro yakoranye na TV S6 yerekanye neza ko abaririmvyi ba Bongo fleva bageze kugwego runini muri Africa aca ashimira ibimenyeshamakuru cane cane ama TV Online bafata mumugongo abaririmvyi bumuziki ndundi ndetse aca aboneraho gusaba nayandi ma media online kuduza impano z’abaririmvyi babarundi kuko hari abaririmvyi bafise impano zikomeye ariko bakabura ababafata mumugongo.

Wibuke yuko Mista Champagne murugwo rugendo biriko biravugwako yoba arimugikogwa cokwegeranya amasanamu y’indirimbo BanaCHanganyikiwa yakoranye n’umuririmvyi Dully Sykes womurico gihugu ca Tanzania, indirimbo imaze kuja kumugaragaro audio gusa.

SAT-B Kuwania Tunzo za HAPAWARD 2021 Los Angeles 24 Octoba 2021 | Burundi tume wakilishwa.

13170cookie-checkMista champagne Atakambira Ama Media Online Yomu Gihugu Ca Tanzania Gufasha Abaririmvyi Bomu Burundi
Previous articleVIDEO SHASHA | Lolilo ft B Face – Hatari
Next articleKIMANA Eith Stein yitoza Kurongora Amicale Du Musiciens Du Burundi

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here