Étienne NDAYIRAGIJE ahejeje gusinya amasezerano yo kumenyereza umurwi nserukiragihugu w’Uburundi intamba mu rugamba.
Muri ayo masezerano yateyeko igikumu ari kumwe n'uwurongoye FFB Alexandre MUYENGE, harimwo ko azomenyereza imirwi y'Uburundi mubagabo: abakuze,imiyabaga hamwe n'abakiri bato.
Étienne NDAYIRAGIJE akaba yateye...
GOSPEL NSHASHA | Samson Nish Ft Esther Nish – NISHIMWE | Download
Icamamare cawe mu muziki wogu himbaza Imana umuririmvyi Samson Nish ya je nindirimbo yakoranye n'umuririmvyikazi Eshter Nish mu ndirimbo «Nishimwe » ifisema amasanamu meza cane.
Urashobora...
Drama T mu gahinda indirimbo yiwe Madamu ishobora gufutwa kuru buga rwa Youtube
Indirimbo MADAMU y'umuririmvyi Drama T n'indirimbo yambere y'umwaka wa 2022 ariko irashobora gufutwa ku rubuga rwa Youtube nkuko biriko biragaragara kurugwo rubuga.
Ivyo bikaba binugwanugwa...
Tigger Brizz arahagaritse ibiteramo vyo mu Rumonge bamutumiramwo
Kumvo yuko batumira abaririmvyi bavuye mu gisagara ca Bujumbura bakabaha amafaranga meshi gusumba abasangwa, ariko hageze mu biteramo akabasumvya kuryosha igiteramo kandi aribo bahawe...
Minani Augustin niwe yatowe kuba Musitanderi wa Komine Rumonge
Minani Augustin niwe ahejeje gutorwa n’inama ya Komine Rumonge ngo arongore iyo komine. Akaba atowe kumajwi agera kuri mirongo itatu nane (34) ku bantu...
SPORT : Noël le Graet ntagitwara FFF.
Komite nshingwabikorwa y'ishirahamwe ry'umupira wa maguru mu Bufaransa FFF (La Fédération française de football) rihejeje ku menyesha ko rishize mu karuhuko kizabukuru Noël le...
Cristiano Ronaldo yamaze gushika muri Arabi Saudite.
Kuwa kabiri ,igenekerezo rya 3 Nzero 2023 niho umugwi wa Al Nassr waraye werekana icese Cristiano Ronaldo ko ari umukinyi wabo, abantu itsinzi nibo...
Cristiano Ronaldo yaguzwe n’umugwi wa Al-Nassr
Cristiano Ronaldo abaye umukinyi wa mbere kw'isi afise agaciro bivanye n'amahera agiye guhabwa n'umugwi wa Al-Nassr wo mu gihugu ca Arabia Saoudite.
Kuwa 30 Kigarama...
NTAKAGERO OMAR abarizwa mu mugwi wa Musongati
Ntibikiri urukurukuru umumenyereza Omar Ntakagero vyarangiye agiye kumenyereza umugwi wa Musongati wo mu ntara ya Gitega mu mezi atandatu ari imbere.
Muri iyo ntara nziza...
Igice ca kabiri c’umwaka w’ishure kizotangura itariki 02 Nzero 2023
Mw'itangazo ryashizwe ahabona n'ubushikiranganji bw'indero n'ubushakashatsi itariki 26 Kigarama 2022, rimenyesha ko ivyigwa vy'igice ca Kabiri c'umwaka w'ishure bizotangura igenekerezo rya 02 Nzero 2023.
Nayo...