Sunday, June 8, 2025

Stade Intamba zizokinirako muri Caméroun igenekerezo rya 4/9/2023 yamenyekanye 

Umugwi Nserukiragihugu Intamba mu Rugamba igenekerezo 4/9/2023 bazokina urukina rwa nyuma na Caméroun kuri Stade Roumdé Adjia mu gisagara ca Garoua mu buraruko bw'ico...

Happy birthday Mkombozi Lucifer

0
Abicishije kurubuga rw´iwe rwa Facebook Mkombozi Lucifer yamenyesheje ko afise isabukuru y´amavuko. yanditse ati: "Happybirth day to me" aho yakurikije ama Emoji y´urukundo. Yahavuye akurikizako na...

Abanywanyi ba groupe WhatsApp Indundi Sports Fans bahejeje guterera imifuko 40 y’isima yo kwubaka...

Mukwitabira akamo ko kwitera iteka umukuru w'igihugu yahamagarira Abarundi n'Abatundikazi, mu kwubaka ikibuga kigezweho Intwari ,  groupe ya WhatsApp "Indundi Sports Fans " bahejeje...

Vuba Twitege bishasha vya Meili

0
Umuririmvyikazi Meili inyuma y'amezi ane asohoye y'indirimbo KURE Imaze kurabwa n'abantu barenga 60.000 Vues (60 k ) kurubuga gwa Youtube amenyesha abakunzi biwe ko...

Ishirahamwe ry’umupila w’amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ahabona ibisabwa imigwi.

0
Imigwi izokwitabira ihiganwa rikuru ry'umupila w'amaguru mu Burundi Primus League Burundi 2023-2024 isabwa kuzoba ifise ibi bikurikira : -Umugwi w'abakiri bato batarenza imyaka 15 canke...

Diamond Platnumz i Vancouver

Umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Diamond Platnumz yateguye igiteramo kur'uyu wa 20 Mukakaro i Vancouver muri Canada. Nk'uko yabishize ahabona ku mbuga ziwe zitandukanye...

Bongo : Shusha umutwe mureke kwigana abandi

Umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Ali Kiba arakebura abaririmvyi bagenzi be kuvavanura n'ingeso yo kwigana umuziki wo mu gihugu ca Nigeria ariko ngo...

Amahitamwo ya Akon y’umuririmvyi wigihangange hagati ya Davido na Burna Boy.

0
Uyo muririmvyi wo muri amerika akomoka mu gihugu ca  Senegal   yerekenye umuririmvyi akunda hagati ya Davido na Buurna boy.Abo bakaba bari mubaririmvyi  bakomeye muri...

D – One : Ati ntituryama ahubwo tubandanya dukora ijoro n’umurango.

0
Kuncuro yiwe yambere umuririmvyi w'umurundi azwi kw'izina rya D - one yuriye indege kuruyu wa mbere imuganisha mugihugu ca Tanzania. Ajanywe n'ibikorwa bitandukany vy'umuziki. Yamenyesheje...

Rumonge : Msamalia Danielo yoba atarikwo avyorosha muri iyi minsi.

Abicishije kurubuga rwiwe rwa facebook akaba yasize ahabona isanamu isa naho yoba yariko aremesha igiteramo akurikiza amajambo agira ati"Aha mwomenya nariko ndirimba iyihe ndirimbo?" Kubwanyu...
Google search engine

Recent Posts