Home ENTERTAINMENT Amahitamwo ya Akon y’umuririmvyi wigihangange hagati ya Davido na Burna Boy.

Amahitamwo ya Akon y’umuririmvyi wigihangange hagati ya Davido na Burna Boy.

122
0

Uyo muririmvyi wo muri amerika akomoka mu gihugu ca  Senegal   yerekenye umuririmvyi akunda hagati ya Davido na Buurna boy.Abo bakaba bari mubaririmvyi  bakomeye muri afrika muri kino gihe.

Ari mukiganiro Podcast Drink champs, cari kiremeshejwe  n’abamenyeshamakuru babiri aribo: N.O.R.E hamwe na DJ EFN  basavye Akon guhitamwo hagati yabo baririmvyi ,atarinzeno  kwihumvira yasimwo Davido.

Asigura amahitamwo yiwe, Akon yamenyesheje ko ahisemwo Davido kubere ari « IGIKOKO »

 Yongeyeko ati : Burna Boy  aracakeneye ingurane (intererano) irengeye uburyo yinziza mumuziki akora.

Akon Yavuze kandi ati : yoooo ! jewe nohitamwo Davido.  Yongeyeko ati urya mwana ni igikoko.Ni igikoko pe!

Ati :urya  muririmvyi akwiye amashurwe menshi aruta ayo amaze guhabwa.

65250cookie-checkAmahitamwo ya Akon y’umuririmvyi wigihangange hagati ya Davido na Burna Boy.
Previous articleVIDEO NSHASHA | Akes Don – Pasiteri | DOWNLOAD
Next articleBongo : Shusha umutwe mureke kwigana abandi