Wednesday, May 14, 2025

Bantu Bwoy yabuze Salle yo gukoreramo Saminaire

0
Mwitangazo ryasohowe n'uburungonzi bwishirahamwe Bantu Bwoy Entertainment babicishije kuri page facebook yabo  kuruyu wa gatanu ingenekerezo rya 16 Kitugutu, ryerekanye neza ko Seminaire yari...

Happy Birthday Belvier MFISUMUKIZA

0
Kuri uno musi wa gatanu igenekerezo rya 16 Kigarama, Umumenyeshamakuru w'inkino mu gisagara ca Bujumbura Belvier MFISUMUKIZA muzi cane mu kinyamakuru Satsport.bi ari muvyishimo...

Drama T, Kirikou Akili, Easy Bwoy na Kivumbi King bariteguriye cane kunezereza Abarundi

0
kuruyu wa kane itariki 15/12 Abaririnvyi b'abarundi nka Drama T , Kirikou Akili na Easy Bwoy umwanditsi w'indirimbo "buja ville" barikumwe n'umutumire yavuye mu...

Alvella Muhimbare aravuze impamvu film yiwe My Life Story partie 2 itarasohoka

0
Kuruyu wakabi   mubakinyi b'amaretesi akongera akaba n'umuririmvyi aririmba indirimbo mpimbaza Mana ( Gospel) ariwe Alvella Muhimbare yavuye mugacerere kukwishura abakunzi bafilm yiwe bamaze imisi...

Abashikiranganji ba Reta y’Uburundi bakoranye kuruyu wagatatu

0
Kuruyuwa wagatatu igenekerezo rya 14 Kigarama 2022 Abashikiranganji ba Reta y'Uburundi bakoranye mu nama iriko ibera mu nyubakwa y'ingoro y'umukuru w'igihugu  Ntare barongowe n'umushikiranganji...

Comedi : Ismael Gasore comedian akwiza 20k followers kuri Instagram

0
Umukinyi wa mareresi yatwenza mu Burundi Ismael Gasore comedian arashimira ababandanya bamukwirikirana kurubuga gwiwe instagram aho n'inyuma yuko ahejeje gukwiza aba followers ibihumbi mirongibiri...

Kigali : Bruce Melodie yari yarabihevye gushigikira indirimbo yakoranye na Double Jay na Kirikou

0
Umuririmvyi wo mugihugu c'urwanda Bruce Melodie yari yarabivuyemwo gushigikira igikogwa ya koranye n'abaririmvyi Double Jay na Kirikou Akili mugu posta ku mbuga ziwe nkuko...

Buja Fleva : Mbabajwe kuba nzopfa atashure canke ibitaro n’ubatse, amajambo ya Sata B

0
Umuririmvyi Sat B aheruka gusohoraAlbum Hello Afrika murikigihe iriko ira kundwa n’abantu hirwa nohino ugerenije ningene abantu bagenda barandika ama commentaire kumbuga ngururkana bumenyi...

DRC: Kifo Jumamosi hii cha msanii wa muziki Tshala Muana

0
Jamhuri ya Kidemokrasia ya Kongo iko katika maombolezo. Amepoteza ikoni ya muziki wa Kongo. Aliyepewa jina la utani "Mamu Nationale" alifariki alfajiri ya Jumamosi...

Rumonge : Ubudasa bwa G Star Music niyindi Migwi mu Burundi

0
Abaririmvyi Silver Boy na Oblack Og basanze bari mu mugwi G Star Music umaze imyaka itano utanguye ibikogwa vy'umuziki mu ntara ya Rumonge ,...
Google search engine

Recent Posts