Wednesday, May 14, 2025

Big Fizzo : Umurundi nyawe akurikiza imigenzo n’imico

0
Umuririmvyi Big fizzo aheje kwerekana ku akenguruka cane ibikogwa vy'ikigo kijejwe kugenzura itumatumana amakuru mu Burundi CNC mu gukingira imico n'akaranga k'igihugu cacu. Abicishije kuri...

Belle 9ice Ahayagiza Umuvyeyi ya mwibarutse

0
Umuririmvyikazi Belle 9ice abicicishe kuri page ya Facebook yiwe yahayagije Umuvyeyi wiwe ya mwibarutse aho nimugiye vuba azokora umusi mukuru y'isabuturu ry'amavuko. Yandite ati :...

Yvan Muziki yiyamiriza Ikinyamakuru IGIHE OFFICIAL co Mu Rwanda

0
Umuririmvyi Yvan Muziki yiyamirije bimwe bikomeye amakuru yanditse kumbuga ngurakana bumenyi c'ikimenyesha makuru co mu Rwanda co kuri facebook Igihe official aho c'anditse ko...

Primusic 2023 igiye gutangurira muntara ya Kayanza

Kuncuro ya 4 ,ihiganwa ryari rimaze imyaka 3 ryaribagiranywe rigiye gutangurira muntara ya kayanza kw'igenekereza Rya 07 Ruheshi Uno mwanka ,aho abaririmvyi bo muntara...

Photos : Master Land yerekanye ubuhinga Kuri live music

0
Hari muri ir'ijoro ryo kuwa 27 nzero Umwaka Wa 2023 munyubakwa za IFB (ex CCF) aho Master Land yerekanye ubuhinga bikomeye mukuririmba indirimbo ziwe...

Natacha kufanya nyimbo na Bruce Melodie na Eddy Kenzo ?

0
Msanii Natacha baada ya ku post akiwa safarini na kusema kuwa anaenda ku chaji simu yake sehemu kusiko julikana hatimaye jana ameonekana akiwa kwenye...

Amicale des Musiciens du Burundi yateguye Meet N’Chill izaguhuza  abaririmvyi, abacuraranzi, baririmba mu...

0
Mu ntumbero yo kwipfurizanya umwaka mushasha wa 2023. Amicale des Musiciens du Burundi AMB yateguye Meet N'Chill izaguhuza  abaririmvyi, abacuraranzi, baririmba mu midiho yose...

 “Kunda ico ukora naco kizogukundira” ayo n’amajambo y’umuririmvyi Vichou Love

0
 "Kunda ico ukora naco kizogukundira" ayo n'amajambo y'umuririmvyi Vichou Love abicishije kuri instagram yiwe, bisigura ko yashatse gukebura bamwe mu baririmvyi badakunda uwomwuga bawufata...

Drama T yerekeza mugihugu c’urwanda

0
Umuririmvyi Irankunda Herry azwi kw'izina Drama T yafashe indege kumu gorobo wokuruyu wambere igenekerezo rya 23 Nzero 2023 yerekeza mugihugu c'urwanda.   Bimwe mu...

Ami Pro yara hawe agashimwe na Redemption Voice nkuwa meshekanishije indirimbo za Gospel

0
Umumenyesha makuru Ami Pro yarahawe agashimwe kagizwe na Certificat d'honneur na Redemption Voice nk'umumenyeshamakuru yafashije cane umuziki wo guhimbaza Imana (Gospel) umenyekane cane biciye...
Google search engine

Recent Posts