« Kunda ico ukora naco kizogukundira » ayo n’amajambo y’umuririmvyi Vichou Love

 « Kunda ico ukora naco kizogukundira » ayo n’amajambo y’umuririmvyi Vichou Love

25 janvier 2023 Non Par H. Mervis
 « Kunda ico ukora naco kizogukundira » ayo n’amajambo y’umuririmvyi Vichou Love abicishije kuri instagram yiwe, bisigura ko yashatse gukebura bamwe mu baririmvyi badakunda uwomwuga bawufata nk’ibisazwe.
 
Tukwibutse ko Vichou Love ari mu baririmvyi bariko barakora cane gusumba abandi ugereranije ningene asohora indirimbo nyishi kumwanya muto, ubu akaba aherutse gusuhora indirimbo « UBABARE » ft MB Data imaze kurabwa n’abuntu barenga 23.000 Vues kuri Youtube.
Facebook Comments Box
50870cookie-check « Kunda ico ukora naco kizogukundira » ayo n’amajambo y’umuririmvyi Vichou Love