Home ENTERTAINMENT Big Fizzo : Umurundi nyawe akurikiza imigenzo n’imico

Big Fizzo : Umurundi nyawe akurikiza imigenzo n’imico

142
0
Umuririmvyi Big fizzo aheje kwerekana ku akenguruka cane ibikogwa vy’ikigo kijejwe kugenzura itumatumana amakuru mu Burundi CNC mu gukingira imico n’akaranga k’igihugu cacu.
Abicishije kuri page ya facebook yiwe, Fizzo  y’anditse yibutsa ko kuva kera Abarundi n’Abarundikazi mumico na karanka boga mumyonga no mumigezi abandi mu nzuzi, ama bomba na za piscines vyazwanye n’abakoroni.
Big Fizzo ati : “Umurundi nyawe akurikiza imigenzo n’imico…yoga ibiziba canke mu myonga no mu nzuzi nibiyaga piscines zazanywe n’abazungu.
CNC Weyayu ooh !!”
Bivanye nayo majambo y’ Umuririmvyi Fizzo birerekana neza ko ashima cane ingongo ya CNC yo kugarira indirimbo zirimwo ibiterasoni zitesha imico n’akaranga.
57910cookie-checkBig Fizzo : Umurundi nyawe akurikiza imigenzo n’imico
Previous articleBelle 9ice Ahayagiza Umuvyeyi ya mwibarutse
Next articleVIDEO NSHASHA | Lolilo – Me die | DOWNLOAD