Home ENTERTAINMENT Amicale des Musiciens du Burundi yateguye Meet N’Chill izaguhuza  abaririmvyi, abacuraranzi,...

Amicale des Musiciens du Burundi yateguye Meet N’Chill izaguhuza  abaririmvyi, abacuraranzi, baririmba mu midiho yose

260
0
Mu ntumbero yo kwipfurizanya umwaka mushasha wa 2023. Amicale des Musiciens du Burundi AMB yateguye Meet N’Chill izaguhuza  abaririmvyi, abacuraranzi, baririmba mu midiho yose (Secular, Gospel, folklore, Live bands) , n’abandi bakorera mu bisata bijanye n’umuziki (Music Producers, Djs, Managers, agents, event promoters, éditeurs, journalistes culturels, …) nikuruyu wa kane tariki 26 – Nzero – 2023, kuri KADESH CLUB(KABONDO) uko ibintu biteguye n’uku :
Kuva igihe c’isaha 17h gushika 19h, hazoba ibiyago bitandukanye hagati y’abagize igisata c’umuziki. (Panels d’échange) ,
Kuva isaha 19h gushika 21h hazoba hari igiteramo ca Live Music – Open Mic, cuguruye ku bakunzi B’umuziki(Kwinjira ni ku buntu).
50960cookie-checkAmicale des Musiciens du Burundi yateguye Meet N’Chill izaguhuza  abaririmvyi, abacuraranzi, baririmba mu midiho yose
Previous articleNyange yamaze gushika mu Bufaransa.
Next articleVIDEO LYRICS | Big Fizzo – You | Download