Drama T yerekeza mugihugu c’urwanda

Drama T yerekeza mugihugu c’urwanda

24 janvier 2023 Non Par H. Mervis
Umuririmvyi Irankunda Herry azwi kw’izina Drama T yafashe indege kumu gorobo wokuruyu wambere igenekerezo rya 23 Nzero 2023 yerekeza mugihugu c’urwanda.
 
Bimwe mu bikorwa bimujanye ni nko guheraheza indirimbo zimwe ya koranye n’abamwe mu baririmvyi bo mu Rwanda .
Nkuko Drama T yabimenyesheje imbere yo gufata urugendo ajanye n’umuhinyanyuzi #John Elarts kugira baheze gufata amasanamu y’indirimbo yiwe, no gukorana n’abamwe mu bamenyesha makuru n’ibinyamakuru kugira yamamaze indirimbo nshasha agiye gusohora ari mu Rwanda hamwe n’ugukorana indirimbo n’umuririmvyi wo mu Rwanda Davis D.
Facebook Comments Box
50790cookie-checkDrama T yerekeza mugihugu c’urwanda