Saturday, May 10, 2025

Ngo naho mutamuhaye amashurwe yarayiguriye!

0
Umuririmvyikazi Monia fleur kumbuga ngurukana bumenyi agaragara ari ahantu heza cane afise umufugo wamashurwe. Mubutumwa yakuri kije izo sanamu yagize ati "barayanyimye none ndayiguriye nakare...

Ntacijana ku ba Star.

0
Umuririmvyi karume Abubakar Sat-B ntacakora ngo agende atakimenyeshe abakunzi biwe. Aho yagaragarije aherutse kwereka abakunzi biwe bamukurikirana kumbuga ngurukana bumenyiko aherutse kugura téléphone nshasha izimvye. Nkuko...

“Vyose ndabikesha mwebwe”

0
Ubwo ni ubutumwa Dieudonné Ndayikengurukiye D-one, yahaye kunzi biwe canecane abakutikire urubuga rwiwe rwa youtube Ubwo butumwa yabushikirije inyuma yaho indirimbo yiwe "Sitaki" imaze ukwezi kumwe...

Ikibanza c’iratiro c,amashuha kiri ku mutumba Mugara co ba kigiye guhabwa abikorera ivyabo

0
Ivyo vyashikirijwe na Jacques Bigirimina umuyobozi mukuru ajejwe igisata c,ingenzi m'ubushiranganji muvyo bujejwe harimwo Ingezi. Uyo muyobozi ngo ntatahura igituma ico kibanza gihurumbirwa n'abarundi n'abanyamahanga...

Amahoro abe hose canecane mu bihugu vyo mu biyaga binini.

0
Ubwo ni ubutumwa butangwa n'imuririmvyi mpuzamakungu Nimbona jean Pierre . Uyo amenyekana kumazina ya Kidum kibido ibikorwa ariko akora bijanye n'umuziki ariko abiha intumbero yo...

Umwana yankwa niwe akura.

0
Ayo n'amajambo yanditswe Monia fleur umuririmvyikazi w'umurundikazi kuri uyu wa Gatandatu kurubuga rwiwe rwa facebook. Ayo majambo yakurikijeko amafoto ari munzu ihinyanyura umuziki. Uyo yaririmvye...

Ibikunze gushika gake umukaridinari yatawe mu mvuto

0
Sentare Mpanavyaha yo kwa Papa yaraciriye urubanza rwo gufungwa imyaka itanu n’igice, umu karidinare yagirizwa kunyuruza amafaranga ya Vatikano Umutariyano Karidinare Angelo Becciu w’imyaka 75...

Indege ya Kenya Airways yananiwe no kurwa ihitamwo gusubira Nairobi

0
Iyo ndege ya Kenya Airways yashaka kugwa i Kigali mu masaha ya sambili mugitondo (8h Du Matin) kuri uyu w'imana 17 Kigarama mu kirere...

Abarimvyi b’abarundi ngo ntibari bakwiye gufuha.

0
Uyo n'umwihwezo wa Bizimana Aboubakar Karume benshi bazi kw'izina rya Sat-B. Abicishije kurubuga rwiwe rwa Meta(facebook) ngo ntatahura kumwe n'abipfuzako abaririmvyi bo mubindi bihugu batoza...

Imidiho nyafruki ngo yoba ikunzwe kurusha mvamakungu

0
B-Face on the flow yemeza ko imidiho amapiano Afrobeat barushirizaho kwifatira isi y'umuziki. Ku bwiwe ngo nivyo kwishimira kuko iyo yose ni imidiho nyafrika...
Google search engine

Recent Posts