Frank Duniano Avuze Icatumye Ategura Mpaka Kuche Challenge
Aba danseur keshi turabakoresha mumavideo no mubiteramo ariko usanga aribake kuko mu Burundi hari abatamba beshi canke imigwi myishi,...
Amajambo ya Big Fizzo mungushigikira Akes Don mukwerekana amafuti ya Sat B
Uguterana amajambo nivyo biriko biragaragara kubaririmvyi bamwe babamwe muriki gihe biriko biragaragara kumbuga nkoranya bwenge zabamwe bamwe.
Umuririmvyi Big Fizzo yashimye kuva mugacerere mukwerekana aho...
Hak Jeezo: Sino Kora Video ya 300.000 fBu jewa
Ntamuririmvyi numwe atifuza gukora video kuko video iratuma umuririmvyi ashika kure gusumba audio, umuririmvyi adakora video nawe biragoye kwa menyekana cane, jewe sishaka...
Fany Lavine atera ivyatsi abivye Facebook yiwe
Ndateye ivyatsi abantu barazwa insinga nogusambura abandi ndabace intege ko ataho bazoshika ahubwo igihano c'Imana kirabategereje vuba cane batihanye.
Umukinyi wamareresi Fanny lavine yateye ivyatsi...
Natacha Burundi mwihiganwa Mashujaa Awards 2021 yo Mugihuga ca Kenya
Inyuma yogutahukana agashimwe mwihiganwa Hipipo Awards 2021 yo mugihugu ca uganda, Umuririrmvyikazi Natacha Burundi numbunyene yashubiriye gutogwa mubazo higanigwa agashimwe ka Mashujaa Awards 2021,...
Hake Jeezo Ntiyashimwe kumenyesha Umuririmvyi Azogaragara Mundirimbo Yiwe Nshasha “REKA”
Umuririmvti asazwe aririmba umudiho wa Hip hop mu burundi Hake Jeezo ngo ntariko ararota amenyesha umuririmvyi yakoranye collabo y'indirimbo yiwe nshasha mugihe itaraja kumugaragaro.
Tukwibutse...
Ntagisivya N’unomusi kuwagatatu ndayibaha
R Cedro umuririmvyi yaramaze umwaka urenga adasohora indrimbo nshasha yemeje neza ko unimusi kuwagatatu igenekenezo rya 15 kigarama 2021 yuko aza gusohora indirimbo yiwe...
Bongo: Christian Bella yashize ahabona EP Yiwe ‘Sweet Melody’
Muntumbero yoguheza umwaka wa 2021 umurirmvyi wo mugihugu ca Tanzania Christian Bella kuruwu wa mbere igenekerezo rwa 13 kigarama 2021 yashize ahabona urutonde rw'indirimbo...
Kigali: King James Yashize Kumugaragaro Album Yiwe Nshasha « Ubushobozi «
Kuruyu wimana igenekerezo ya 12 Kigarama 2021 Umuririmvyi king James yashize kumugaragaro album yiwe nshasha igira 7, ikaba y’itwa « Ubushobozi » ikaba irimwo indirimbo 17.
King...
Kirikou Akili Kuncuro Ya Mbere Ateramisha Abantu Bo Mugisagara Ca Nyanza Lac
Umuririmvyi Kirikou Akili asazwe akukira umugwi Bilimani Boy azoteramisha abakunzi bumuziki ndundi kuncuro yambere bo mugisagara ca Nyanza Lac muntara ya Makaba , ivyo...