CategoryARTIST
Natacha Burundi mwihiganwa Mashujaa Awards 2021 yo Mugihuga ca Kenya
17 December 2021 0 By KAMIKAZIInyuma yogutahukana agashimwe mwihiganwa Hipipo Awards 2021 yo mugihugu ca uganda, Umuririrmvyikazi Natacha Burundi numbunyene yashubiriye gutogwa mubazo higanigwa agashimwe ka Mashujaa Awards 2021, Mashujaa Awards n’agashimwe gatangwa mugihugu ca Kenya kubaririmvyi bakoze neza bitirigwa umwa.
Natacha Burundi ari mubaririmvyi 7 beza beza batowe muri categorie Divertissement, muriyo categorie harimwo Umutanzaniakazi Nandy n’umuririmvyi Eddy Kenzo wo mugihugu ca Uganda.
Facebook Comments Box
TagsBuja Flavour habari zabuja Msanii Natacha Burundi ayibuka na viedeo kwenye midandayo yakijami akikata jina lake Natacha Burundi Natacha Burundi mwihiganwa Mashujaa Awards 2021 yo Mugihuga ca Kenya Safari ya Natacha Burundi inje ya inchi leo asubuhi yabaki namaswali mengi kwamashabiki zake zabuja zabuja.com