Home NEWS Hake Jeezo Ntiyashimwe kumenyesha Umuririmvyi Azogaragara Mundirimbo Yiwe Nshasha “REKA”

Hake Jeezo Ntiyashimwe kumenyesha Umuririmvyi Azogaragara Mundirimbo Yiwe Nshasha “REKA”

279
0

Umuririmvti asazwe aririmba umudiho wa Hip hop mu burundi Hake Jeezo ngo ntariko ararota amenyesha umuririmvyi yakoranye collabo y’indirimbo yiwe nshasha mugihe itaraja kumugaragaro.

Tukwibutse ko Hak Jeezo  amaze gukora indirimbo zitandukanye aharimwo iyo yakoranye na B-FACE indirimbo yitwa IBIBAZO nyuma yaho gato aca akora indirimbo yise SIBONIYO yakoreye muri Bantu Bwoy ayikorana na n’umuhinyanyuzi Endo Mike ntiyahagaritse kandi arasubira akora iyindi ndirimbo yise SENGA yakoreye Kwa TRICK ON THE BEAT.

Ubu naho rero aragarutse nindirimbo Yitwa “REKA” yakoreye kumuhinyanyuzi  X-FECTA muri NEW ERA

Hak Jeezo akaba yanse gutanganza umuririmvyi bagiranye collabo  nkuko yabigaragaje kuri cover ivyo bikaba vyatumye beshi bibaza impamvu Hak Jeezo yabigize uko mukwanka gutangaza uwo muririmvyi. Hak Jeezo akaba yemezako  iyo ndirimbo ngo ije guhindura vyishi muri Carrière yiwe y’umuziki nkuko yabivuze mukiganiro yakoranye na zabuja.com.

Hak Jeezo numwe muba Rapper bakaze cane Kandi yigora agakorera indirimbo ziwe muma Studios akomakomeye ngaha mugihugu cacu ndetse akaboneka ko afise kazoza keza Kandi akorana ishaka ryishi mugukorana naba Producers bagezweho. Akaba yemezako  indirimbo yiwe “REKA” azo ishira kumugaragaro kuruyu wa gatanu 16 kigarama 2021.

Rabani y’indirimbo DYD Umuranga – Wanje

16451cookie-checkHake Jeezo Ntiyashimwe kumenyesha Umuririmvyi Azogaragara Mundirimbo Yiwe Nshasha “REKA”
Previous articleVIDEO NSHASHA | Ir Emerysun – Indyarya | Download
Next articleNatacha Burundi mwihiganwa Mashujaa Awards 2021 yo Mugihuga ca Kenya

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here