Fany Lavine atera ivyatsi abivye Facebook yiwe

Fany Lavine atera ivyatsi abivye Facebook yiwe

18 December 2021 0 By Rossy NAHAYO

Ndateye ivyatsi abantu barazwa insinga  nogusambura  abandi ndabace intege ko ataho bazoshika ahubwo igihano c’Imana kirabategereje vuba cane batihanye.

Umukinyi wamareresi Fanny lavine yateye ivyatsi abantu bariko barakoseresha urubuga gwiwe gwa fecebook rufise izina ryiwe  ariko atari we, ivyo bikaba bibaye kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 18 kigarama 2021, Fanny akaba yagaragaje umubabaro wiwi kumbuga ziwe nokuri statu yiwe ya whatsapp, ubusuma bwama page facebook canke ama chanel ya youtube  nibintu vyama bigaragra cane mugihugu cacu kubaririmvyi bakoma komeye, eka usanga abantu bugurura ama compte akitira umu star atariwe, ivyo bigasububiza inyuma abaririmvyi cake abakinyi bamareresi.

Fanny akaba asaba ko ubugizi bwanabi kwahagarara.

 

Facebook Comments Box
16600cookie-checkFany Lavine atera ivyatsi abivye Facebook yiwe