Home NEWS Hak Jeezo: Sino Kora Video ya 300.000 fBu jewa

Hak Jeezo: Sino Kora Video ya 300.000 fBu jewa

169
0

   Ntamuririmvyi numwe atifuza gukora video kuko video iratuma umuririmvyi ashika kure gusumba audio, umuririmvyi adakora video nawe biragoye kwa menyekana cane, jewe sishaka gukora video idafise qualite si no izo video abandi bakora zama heramake nanje nozikora ariko wapi sinokora video idafise qualite.

Umuririmvyi aririmba umudiho wa Hip Hop mumuziki ndundi Jean Marie HAKIZIMANA a.k.i Hak Jeezo bigaragara ko afise kazoza gakomeye mumuziki, Hak Jeezo yahishutse igituma atarakora video nimwe kuva agitangura kuririmba, mumyaka itatu amaze gusohora indrimbo 10 gusa kandi zozose zikaba aria ma audio.

Hak Jeezo mukiganiro yakoranye na zabuja.com yavuzeko ko indoto ziwe arigukora video iri kugwego mpuza makungu kandi ayikoranye n’umuhiga akomeye mugukora amasanamu, Hak Jeezo yavuze ndetse ko amavideo ariko arakogwa mu Burundi niza amaheramake zitananafise igihagararo niza amahera ibihumbi amajanatatu ( 300.000 fBu) ko nawe yoziko ari ngo ashaka video ishobora gushika kure ifise na qualite.

Hak Jeezo n’umuririmvyi bigaragara ko ashira amahera meshi mugukora audio kuko akorana n’aba producteur bakomakomeye mumuziki ndundi, indirimbo yiwe aheruka gurohora ‘REKA’ ft Ice Cadeau ya yikoranye numu producteur X-Fecta.

17230cookie-checkHak Jeezo: Sino Kora Video ya 300.000 fBu jewa
Previous articleAUDIO | Hak Jeezo ft Ice Cadeau – Reka | DOWNLOAD
Next articleAUDIO | Forever Band – Pombe | DOWNLOAD

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here