Freema Boy Asuka Mabisi Hagati Y’Umuririmvyi Big Fizo, Lolo na Sat B

Freema Boy Asuka Mabisi Hagati Y’Umuririmvyi Big Fizo, Lolo na Sat B

18 janvier 2022 0 Par H. Mervis

                 Nimurekurane murabe inyuma yanyu nimu bona yuko nNew Génération iguma iduza ama Views, 2022 nifuza kubona impinduka muri twese, bikaba nivugwa na Freema Boy.

Uguterana amajambo yo gususugurana no kugayana nivyo biriko biragaragara murikikigihe kuma statut za whatsapp, Facebook, instagram na Twitter z’abaririmvyi bakomakomeye mumuziki ndundi, umuririmvyi Freema Boy abicishije kuri instagram yiwe kuruyu wambere  yateye ivyatsi iyo mishamiraro iragwa mubaririmvyi yongera aratanga impanuro kumpande zosi zabariko barashamirana ndetse akaba yabibukije yuko ama beef ntazana iterembere nagato ahubwo asubiza inyuma ati :

Ni yama Beef gusa mbega abo bakuru bacu Bafiki kuguma batukana muma statut zama WhatsApp  mukore beef zibinjiriza udu faranga ndibaza ntanumwe muri mwese afise Étages plz mubireke mukore beef yibikorwa gusa nimubanze murekurane murabe inyuma yanyu nti mubona yuko New Génération iguma iduza ama Views, 2022 nifuza kubona impinduka muri twese.

Amajambo ya Lolilo kuri statut yiwe

Tukwibutseko uko guterana amaajambo vyatanguye aho video yibitera soni yarekena umumenyeshamakuru akomeye mumuziki ndundi navo vyagaragaye neza ko yari irementanya.

Facebook Comments Box
18110cookie-checkFreema Boy Asuka Mabisi Hagati Y’Umuririmvyi Big Fizo, Lolo na Sat B