Message ya Manager Raphael amwishura kuvyerekeye Laboss Party niwe azoba yahawe ubutumire
Umuririmvyi kazi Natacha Burundi yatanze umuco kubakunzi biwe bazo tumugwa muri party izo mu huza n’abankunzi biwe. Natacha abicishije kumbuga ziwe yavuze ko Umuntu...
Bidondine umufasha wa Bindondo y’ibarutse umwana y’umukobwa
Umuririmvyi akaba kandi umukinyi wamareresi yo gutwenza ariyo comédie Generecha Bidondo arimumunezero mwishi cane kuva mugitondo co kuruyu w'imana n’inyuma yuko mumu rwango wiwe...
Berry Music mugikogwa ca shoting ya video nshasha
Umwanditsi windirimbo Melana nizindi zagiye zirakundwa mu muziki ndundi ariwe Berry Music ngo ntiyicaye ariko arakora ikindi kikogwa azoshira kumugaragaro vuba nkuko yashimywe kuvyemeza.
Nkuko...
Mpiga picha Franck Indugwic Amupa makavu Mtima le Comédien
Franck Indugwic ambaye ni mpiga picha kutoka studio the option ambaye ndio alikuwa amekodio kupiga picha kwenye show ya Mtima mko wani Rumonge ame...
B-face On The’flo Mr bonifasi muri Shooting ya video nshasha
Umuririmvyi aheruka gutwara agashimwe ka Isanganiro Award ariwe B-face On The'flo Mr bonifasi yeretse abakunzi biwe ko aticaye ko ariko arategura ibikogwa bishasha azobaha...
Bongo: Barnaba arikumwe na Diamond basohoye amasanamu Video y’indirimbo ‘Hadithi
Ni kuruyu wa wagatandatu Nyandagaro 26, 2022 niho umuririmvyi wa Bongo Flava ariwe Barnaba ya sohoye amasanamu ya video yiwe nshasha y'indirimbo yakoranye na...
Bongo: Amajambo ya Aslay ashigwa ahabona kwariwe umwami muri lebo ya Rockstar
Nizimwe munguru nziza ku muziki wo mugihugu ca Tanzania cane cane kubakunzi b'umiziki y'umuririmvyi Aslay aho yashize umukono kuma sezerano n'isirahamwe RockStar4000. Umuririmvyi Aslay...
Natacha agiye guteramisha abanya Makamba muri Makamba Paradise
Umurirmvyikazi Natacha Burundi amaze imisi ariko arakora ibiteramo bitandukanye muntara zitandukanye zigihugu c'uburundi ngo ntankeka igihe cisaha umunani (14h00) azakuba arikumwe nabanya Makamba mugiteramwo...
B Face ahura n’abastar bakoma komeye bo mu gihugu c’urwanda
Umuririmvyi rurangiranwa mumudiho wa Hip Hop mu Burundi B Face On The'flo aheruka murugendo mugihugu c'urwando aho yahuye n'abastar bakoma komeye bo murico gihugu...
Sat B yari yahishikiye kumusi wa Flambeau Day
Ku musi ugira kabiri w'ihiganwa rya Primus Ligue Burundi mu cicaro ca mbere, umugwi wa Flambeau du centre wari waramukanye umusi mukuru wa Flambeau...