Home ENTERTAINMENT Indahiro ya Sat-B ko indirimbo Utamu iri kugwego mpuzamakungu kandi yaje ije...

Indahiro ya Sat-B ko indirimbo Utamu iri kugwego mpuzamakungu kandi yaje ije guha icizere

335
0

Umuririmvyi Bizimana Aboubakar Karume azwikwi wina Sat-B abandanya kwamamaza indirimbo aheruka Utamu aheruka gusohora arikumwe n’umlukunzi wiwe Umuririmvyikazi Belle 9ice  kumaradio atandukanye.

Sat-B na Belle 9ice Mukiganiro bakoranye n’abamenyeshamakuri Biggy hamwe na Landry Promotor kuri Radio Black Fm yashingiye intahe indirimbo yiwe Utame ko ari indirimbo iri kugwego mpunzamakungu ifise qualite igezweho   aranibutsa  ko abarundi bafise indirimbo zifise qualite  iri ku gwego mpuzamukungu , aho nimugihe yarabajijwe uko abona indirimbo yiwe ugwego iriko.

Sat-B ati : neza na neza yuko nemera cane ko indirimbo Utamu iri kugwego mpuzamakungu kandi yaje ije guha icizere yuko abarundi bafise Indirimbo nziza cane zifise quality iri ku gwego mpuzamukungu.

Utamu imaze imisi itandatu isohotse ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga 384.000 kuri chanel ya youtube.

33590cookie-checkIndahiro ya Sat-B ko indirimbo Utamu iri kugwego mpuzamakungu kandi yaje ije guha icizere
Previous articleBig Fizzo agirira impuhwe D – One kutagaragara mu Biteramo
Next articleNatacha asaba Abarundi gusengera Umuririmvyi Aimable TAYAYA.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here