Home ENTERTAINMENT Big Fizzo agirira impuhwe D – One kutagaragara mu Biteramo

Big Fizzo agirira impuhwe D – One kutagaragara mu Biteramo

190
0

Umuririrmvyi umukabwe mu muziki ndundi Big Fizzo yagaragaje umu babaro wiwe afitiye umuririmvyi D – One kubona atariko aragaragara mubitemo biriki bira garagara murikigihe mu gihugu c’Uburundi aho habonekemwo abarrirmvyi beshi ariko D-one adatumigwa.

Abicishije kuru buga rwi Big Fizzo yibajije igituma abategura ibiteramo bata mu tumira D-One kandi we akemeza ko ari umuririmvyi aririmba neza abishoboye  ya nditse ati :

Wonder why uyu mwana batamuha ama SHOWS canke bamuvuz muma Radios kandi aririmba neza !!! WHY???? NUWANKA URUKWAVU AREMERA KO RUZI KWIRUKA 
IL FAUT KO TWISUBIRAKO WALLAH !!!
Naho Big Fizzo wewe abivuga uko  biragoye kwemeza ko boba bamwanka canke bamwirengagiza  D-One canke yoba ari ikibazo ca basanze bamuhagarikiye mubikogwa vyiwe vy’umuziki bobo batamwemerea kuja mubiramo..

Umuririmvyi D-One

33520cookie-checkBig Fizzo agirira impuhwe D – One kutagaragara mu Biteramo
Previous articleVIDEO : Wahuni so watu wa zuri/huwezi kuwa muhuni kama hukusoma Part 1
Next articleIndahiro ya Sat-B ko indirimbo Utamu iri kugwego mpuzamakungu kandi yaje ije guha icizere

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here