Wednesday, May 7, 2025

Ronald Araujo wa FC Barcelona atera ivi kumwigeme Abigail Olivera

0
K'umusi wokwongereza amasezerano n'umurwi wa FC Barcelona , Myugariro Ronald Araujo yafashe icemezo gikomeye cogusaba kubana ,Umwigeme bari bamaze igihe kinini bakundana yitwa :...

“ABA BESTO ” ya Epidey Winner iriko ijugumiza Buja Flevour

0
Inyuma yamezi abiri asohoye indirimbo y'ise #Bizoza arikumwe numuririmvyis mw'iza D-ONE Offical kurino ncuro Epidey Winner agarutse nindirimbo nshasha aho y'asohotse kw'izina ry'ayo ABA_BESTO...

Mumasaha 5 gusa , indirimbo ya Natacha imaze kurabwa n’abarenga ibihumbi 100 k

0
Iyo ndirimbo yakozwe n'umuhinyayuzi wo muri Wasafi ( S2kizzy )asanamu meza ateye igomwe ari muri iyo ndirimbo yatumye iba bumdirimbo nziza zasohotse uyu munsi. https://youtu.be/HFrUWHP06OE?si=7Ky0iaF8LFagXozt

Itariki zitatu Nyandagaro niho igiteramo Laboss Concert kizoba.

0
Kubakunzi ba Laboss umu  Queen wanyu wo kuri Stage umwamikazi w'umuziki w'Uburundi Natacha Burundi akaba a batumiye  murico giteramo mwari murindiranye igishika cinshi Laboss...

King Of Jungle Umuraperi yemeye kubana n’umukunzi wiwe.

0
Murino ndwi twaraye dusozereye , Umuraperi Gitiritiri ( King Of Jungle ) yarasezeranye  kubana  n'umukunzi wiwe imbere y'amategeko. 

Ngo ukwo biri kwose Big Fizzo ntoyogushigikira udashoboye.

0
Uyu n'umuririmvyi w'umurundi aririmba indirimbo mpimbaza MANA yitwa Samson Nish aheruka gusohora indirimbo nshasha SAWA haraciye imisi igera Ku 8. Iyo indirimbo yatunganirijwe audio-video (...

EP y’indirimbo  6 igiye gushigwa kumugaragaro na Yan Humble Manbe Man.

0
0Umuririmvyi Yan Humblee Man inyuma y'igihe kitari gito atariko arasohora indirimbo agiye gushira ahabona EP igizwe n'indirimbo 6 nshasha.  Uyu muririmvyi akaba aheruka gusinya amasezerano...

“Kazima Imana inkunda”

Ayo ni amwe mu majambo y'indirimbo nshasha ya Dj Fernando.Ayo majambo aje nk'inyishu kubiriko bivurwa kuri uyo muririmvyi. Mukiringo kitagera kundwi 2 ziheze, umuririmvyikazi akaba...

Davido Agiye Gukora Ubukwe Na Chioma

0
Umuririmvyi wo muri Nigeria, Davido adeleke benshi bamuzi kwizina rya Davido yamaze gutangariza incuti, abagenzi eka n'abakunzi b'umuziki wize  amakuru yubukwe bwiwe hamwe na ...

Umuririmvyi DJ Pro agiye gusohora EP igizwe n’indirimbo 4

0
Umuririmvyi DJ Pro beshi bamumuenye  kubw'indirimbo zitandukanye  nka KATOTO arikumwe n'umuririmvyi Sat-B ndetse na Mkombozi agiye gusohora urukurikirane rw'indirimbo ivyo beshi bita EP (...
Google search engine

Recent Posts