Saturday, December 21, 2024

INKURURU ISHUSHE : Rumonge ni WACHAWI, Fabby Tozzy afunguka makubwa kuhusu Rumonge ( VIDEO)

0
Biragoye Gutahura amajambo y'umuririmvyi Fabby Tozzy kiretse uvyirabire wenyene, mukiganiro yakoranye na zabuja TV aho yemeje neza yuko murumonge hari uburozi, nibindi raba nawe...

Lolilo ngo Alikiba nicuti yiwe

0
Lolilo n'umuririmvyi mu Burundi wonyene amaze gukorana indirimbo n'umuririmvyi Alikiba womugihuguca Tanzania, nkuko yabivuze mukiganiro yakoranye numumenyesha makuru akomeye Sule S NDIMU ngo bahuriye...

Umuririmvyi Mb Data avuze uko vyagenze kugira akorane indirimbo nabaririmvyikazi babrili olga na Noria

0
Mb Data nubwambere akoranye indirimbo nabararirimvyikazi babariri  Olga na Noria ni mundirimbo Timbirako indirimbo imaze kubwa nabantu barenga 51.000 kuri chanel ya youtube gushikubu,...

Freema Boy aravuze impamvu yasubiyemo indirimbo yiwe Doucement

0
Umurirmvyi Freema Boy yavuze icatumye asubiramwo indrimbo Doucement mugihe yari yarayishoye haraciye amezi munani arenga mbere avuga iuko vyagenze gushika aho akorana n'umuririmvyikazi Olga...

Umuririmvyi Kamanda Mkuu aravuze igituma yemera Big Fizzo gusumba basi

0
Umurirmvyi NDIKUMANA pascal beshi bamuzi kwezina rya Kamanda Muku asanze amuka muntara ya Rumonge akaba ndetse abamuriyo ntara nyene ndetse akaba ari mumugri The...

Mb Data awonyesha mapenzi makubwa kwa mshabiki wake alipo muvika nguwo tazama hapa

0
Msanii Mb Data ao nyesha mapenzi makubwa sana kwa mushabiki wake baada yako muzawadia nyuwa yake ambayo alikuwa amevaa naku muvisha nayo ilikuwa nihii...
Google search engine

Recent Posts