VIDEO SHASHA | Adda Pro X Olegue – Shetani | Download
Abaririmvyi Adda Prod na Olegue bagiye hamwe barakora indirimbo, Shetani nindirimbo bashize kumugaragaro ifise namasanamu irabe ngaha.
https://www.youtube.com/watch?v=ergt23dFEuM
VIDEO NSHASHA | Bechou Bebe – Yohana | Download
umuririmvyikazi womuri Buja Flavour Bechou Bebe ya sohoye amasanamu video y’indirimbo yiwe nshasha yitwa ‘Yohana.
Urashobora kugira play ukayiraba ngaha.
https://www.youtube.com/watch?v=2zlpAeib7ns
VIDEO SHASHA | Eshter Nish ft Thierry Kijanya – Manka | Download
Umuririmvyikazi Esther Nish inyuma yagacerere kamezi ane arenga adasohora indirimbo, yagarutse kundirimbo shasha MANKA arikumwe numuririmvyi Thierry Kijanya. Irabe aha
https://www.youtube.com/watch?v=gXGMsusZ0-U
Ngiyi inyishu ya MB Data...
VIDEO MPYA: Vichou kaachia video mpya “Katoto”
Msanii mkali wa live music Burundi Vichou ame weka hadharani video ya wimbo wake mpya "Kakoto ikiwa ni siku moja ime toweka na imesha...
VIDEO NSHASHA | Natacha – LAMGAMBO | DOWNLOAD
Umuririmvyikazi Natacha Burundi yagarutse akuzanira indirimbo nshasha yitwa « LAMGAMBO » ifise amasanamu meza cane.
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire ...
VIDEO NSHASHA | Alvin Smith ft Bwiza – Turajana | Download
Umuririmvyi Alvin Smith womuri Buja Flavour kuncuro yiwe yambere yakoranye indirimbo n'umunyarwandakazi Bwiza, iyo indirimbo nshasha ifise amasanamu video yitwa ‘Turajana.
Urashobora kugira play ukayiraba...
VIDEO MPYA : The Twins Band wakuletea “Panda Mlima” itazama hapa
Kundi lawa imbaji kutoka Mkuwani Rumonge linafahamika kwajina THE TWINS BAND nile undwa na waimbaji kama Kamanda Mkuu, H-Bek na Bora Queen baada yakuwachia...
VIDEO NSHASHA | D-One ft Social Mula – Body | Download
Umuririmvyi womuri Buja Flavour D-One kucuro yambere yakuzaniye indirimbo yakotanye n’umuririmvyi wo mugihugu c’Urwanda Social Mula, Indirimbo nshasha yitwa ‘BODY’.
Urashobora kugira play ukayiraba ngaha.
https://youtu.be/gl1hglgvKKA
VIDEO...
VIDEO LYRICS MPYA : Fabby Tozzy akiwa amemshirikisha Lolilo wamekuletea hii “Doda”Itazame hapa
Msanii chipukizi mzaliwa wa mukowani Rumonge Fabby Tozzy ameonekana akiwa juu baada ya ku faya nyimbo na Lolilo, Fabby Tozzy time hii wametuletea video...
GOSPEL NSHASHA | Sasa Sandra – Ubuntu | DOWNLOAD
Umuririmvyikazi aririmba indirimbo zoguhimba Imana Sasa Sandra yagarutse akuzanira iyindi indirimbo nshasha yitwa« UBUNTU » ifise amasanamu meza cane.
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika...