Home ENTERTAINMENT Sat-B niho akibona ko ijambo Urukondo rifise akamaro mu muziki ndundi.

Sat-B niho akibona ko ijambo Urukondo rifise akamaro mu muziki ndundi.

459
0

Mugihe twari tumenyeye kubonaĀ  abaririmvyi bĀ“umuziki ndundi bama basa nabahanganye mubikorwa vyabo mbere abandi bagaterana amajambo, kumbure bamwe boba batanguye gutahura akamaro ko gukorera hamwe no gukundana hagati yabo.

Kuri uyu wĀ“Imana umuririmvyi Sat B yashize kuruhome rwĀ“urubuga rwiwe rwa Instagram arikumwe na Mugani DĆ©sirĆ© Big Fizzo. Iyo sanamu akaba yayiherekejwe nĀ“amajambo ahamagarira abantu gukundana no gukunda ivyabo.

Sat-b ati : “Gume hamwe ! Kundane mukunde ivyanyu. Reke Guhonoka. Ndarivuze, ndimanukiye ataco ninona canke nicuza. Ahubwo bibakundiye Mwicuze cane Ubwanyu.”

Mbega tuvugeko abaririmvyi bamwebamwe boba baratahuye ko ” Nyamwigendako atarimira impeshi” wa mugani wa barundi.

72390cookie-checkSat-B niho akibona ko ijambo Urukondo rifise akamaro mu muziki ndundi.
Previous articleDawSon : Gukwiza Imiriyoni Cumi zabadukurikirana (10Millions followers) Sikintu Coroshe Nkuko Mwoba Muvyibaza
Next articleAbririmvyi bĀ“abarundi baguma babumenyekanisha mumakungu.