INKURU ISHUSHE : Ntamwanya Munini ugisigaye ndimu Mugacerere – Baba Jay257

INKURU ISHUSHE : Ntamwanya Munini ugisigaye ndimu Mugacerere – Baba Jay257

16 février 2022 0 Par H. Mervis

Umuririmvyi Baba Jay257 ahejeje kwemerere abakunzi b’umuziki ndundi ko agacerere yaramazemwo agiye kukavamwo vuba abaka yabicishije kuru buga ryiwe rwa page ya Facebook, ivyo akaba yabishikiri kuruyu wagatandatu igenekerezo rwa 16 Ruhuhuma 2022.

Baba Jay257 akaba yerekanye ko vuba azosohora indirimbo yiwe nshasha ivise izina « WIVU » aho azoba arikumwe n’umuririmvyi Freema Boy, iyondirimbo izoba indirimbo yiwe yambere asohoye kuva umwaka wa 2022 ugitangura.

Tukwibutseko indirimbo ya yanyuma aheruka gusohora Baba Jay257 ari indirimbo « Sat – B » imaze amazi munane arenga imaze kumvirizwa n’abantu barenga 4.000 Vues kuri Chanel ya Youtube yiwe.

Big Fizzo Ashauriwa na Mashabiki zake Asibugi Kwenye Show Ya Konge Boy

Facebook Comments Box
21410cookie-checkINKURU ISHUSHE : Ntamwanya Munini ugisigaye ndimu Mugacerere – Baba Jay257