Home ENTERTAINMENT INKURURU ISHUSHU : Nta Mpamvu yo Kwihebura – Akes Don

INKURURU ISHUSHU : Nta Mpamvu yo Kwihebura – Akes Don

155
0
Umuririmvyi Akes Don abicishije kuri page yiwe ya facebook ya tanze impanuro kubakunzi biye basazwe bamukurikirana kumbuga ziwe ko mubuzima ntampamvu uo kwihebura kuko vyose birashoboka ko bihinuka nimuhu yerekenye nifoto yiwe yakera cane nifoto yubu.
,Akes Don ati: Nta mpamvu yo kwihebura
Ubuzima bubi ushobora kubusezera muribi bihe nyene uriko uca mubigeragezo. Imana ikabihinduriramwo ivyiza. Ahubwo igikenewe nuko ukora cane hama kandi ukibuka no gusenga Imana.
21370cookie-checkINKURURU ISHUSHU : Nta Mpamvu yo Kwihebura – Akes Don
Previous articleINKURUR ISHUSHE : Gahunda Yacu Ari Gutabara Umuziki Ndundi – Kirikou Akili
Next articleINKURU ISHUSHE : Ntamwanya Munini ugisigaye ndimu Mugacerere – Baba Jay257

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here