INKURUR ISHUSHE : Gahunda Yacu Ari Gutabara Umuziki Ndundi – Kirikou Akili

INKURUR ISHUSHE : Gahunda Yacu Ari Gutabara Umuziki Ndundi – Kirikou Akili

12 février 2022 0 Par KAMIKAZI

Ati  » mwibuke gahunda yacu ariyo gutabara umuziki ndundi » ayo namajambo Umuririmvyi Kirikou Aliki asazwe anbarizwa mumugwi Bilimani Boy yashikiriji kurubuga gwiwe rwa facebook kumu goroba wo kuruyu wa gatandatu igenekerezo rwa 12 Ruhuhuma 2022.

Kirikou Akili yabishikiri igihe yariko araba abakunzi biwe ko yosohora iyindi ndirimbo nshasha canke arindire ati :  »

Turindire muruhuke??? gusa muvyibuke ko gahunda yacu ari gutabara umuziki ndundi »
https://www.youtube.com/watch?v=015daa1ic_E
_
Facebook Comments Box
21291cookie-checkINKURUR ISHUSHE : Gahunda Yacu Ari Gutabara Umuziki Ndundi – Kirikou Akili