VIDEO : ZABUJA TV | Abakunzi B’umuziki Ndundi bafanura Fizzo Ntagende kuri Show Tanzania Yomaramara | Download

VIDEO : ZABUJA TV | Abakunzi B’umuziki Ndundi bafanura Fizzo Ntagende kuri Show Tanzania Yomaramara | Download

16 février 2022 0 Par KAMIKAZI

Mugihe benshi mubakunzi bumuziki ndundi bafise ibibazo vyishi kubiteramo bibire vyagaragaye ko Big Fizzo azoba arimwo itariki imwe u’ukwezi kumwe , igiteramo cambere umuririrmvyi Harmonize yatumiye abaririrmvyi babari Sat-B na Big Fizzo mugiteramo Afro East Carnival  kizobakirimwo abaririrmvyi batandukanye bomuri East afrika kizoba itariki 5/03/2022 mugisagara ca Dar Salam, Big Fizzo nawe nyene akaba yarerekanye ko kuriyo tariki nyene ya 05/ 03/2022 azoba ari mugiteramo BIG FIZZO LIVE IN PARIS mugisagara ca Paris.

Zabuja Tv twarageraje gushaka kumenya abakunzi bumuziki ndundi bibazo ko Big Fizzo yoja gukora igiteramo hehe Dar Salam canke Paris? Raba ivyo bavuze

 

Facebook Comments Box
21462cookie-checkVIDEO : ZABUJA TV | Abakunzi B’umuziki Ndundi bafanura Fizzo Ntagende kuri Show Tanzania Yomaramara | Download