Home ENTERTAINMENT Ami Pro yara hawe agashimwe na Redemption Voice nkuwa meshekanishije indirimbo za...

Ami Pro yara hawe agashimwe na Redemption Voice nkuwa meshekanishije indirimbo za Gospel

180
0
Umumenyesha makuru Ami Pro yarahawe agashimwe kagizwe na Certificat d’honneur na Redemption Voice nk’umumenyeshamakuru yafashije cane umuziki wo guhimbaza Imana (Gospel) umenyekane cane biciye kuma radio akorera mu Burundi. Akogashimwe yagahawe mugiteramo yangiriye neza cabereye mukabondo .
Ami Pro yarashimiye cane umugwi Redemption Voice abicishije kuri instagram yiwe ati :”N’iteka kuri jewe kuba naraye nshimiwe n’umugwi redemption voice mubirori baraye bakoreye mukabondo kuri kadesh nk’umuntu yabafashije kw’igaruka ryabo no mugiteramo yangiriye neza canditse amateka adasanzwe…..Imana ihezagire Redemption voice, Imana ihezagire abantu bose babeshejweho n’impano ,Imana ntibesha …..mwarakoze caneeeeeee redemption voice
50460cookie-checkAmi Pro yara hawe agashimwe na Redemption Voice nkuwa meshekanishije indirimbo za Gospel
Previous articleDrama T mu gahinda indirimbo yiwe Madamu ishobora gufutwa kuru buga rwa Youtube
Next articleAUDIO | Super Huff – Sinzosubira | Download