Home ENTERTAINMENT Umukinyi Kylian Mbappé aguma avugwako vyinshi

Umukinyi Kylian Mbappé aguma avugwako vyinshi

321
0

Ikinyamakuru Football Transfers kizindutse candika ko inyuma y’uko bivuzwe cane ko umukinyi Mbappé ashobora kuja mu mugwi wa Real Madrid, haranavuzwe ko Liverpool na Manchester United imwipfuza ariko ico kinyamakuru congeyeko ko umugwi wa Arsenal uriko uramurondera gose cane kandi ushobora gutanda amhera menshi.

63830cookie-checkUmukinyi Kylian Mbappé aguma avugwako vyinshi
Previous articleVIDEO NDIMU OFFICIAL : Vurugu kwa DramaT kuwa na Account nyingi kwenye mitandando yakijami |Instagram & Facebook
Next articleHategekanijwe inkino z’igice ca kabiri gishira icanyuma muri NKURUNZIZA CUP