Home ENTERTAINMENT Hategekanijwe inkino z’igice ca kabiri gishira icanyuma muri NKURUNZIZA CUP

Hategekanijwe inkino z’igice ca kabiri gishira icanyuma muri NKURUNZIZA CUP

446
0

Ihiganwa ry’igikombe citiriwe uwahoze arongoye Uburundi Petero Nkurunziza Ku ncuro yaryo ya gatatu rirabandanya kuri uyu w’Imana.

Inkino zibiri z’igice ca kabiri gishira icanyuma zose ziba kuri uyu musi w’imana igenekerezo rya 2 Mukakaro.Mu ntara ya Muyinga Ku kibuga Umuco,umugwi wa Vital’O FC ukina na Aigle Noir Club Sportif nayo mu ntara ya Ngozi Ku kibuga Urukundo umugwi wa Flambeau du Centre utana mu mitwe na Rukinzo FC.

https://www.youtube.com/watch?v=zByYALgqh2Q

63870cookie-checkHategekanijwe inkino z’igice ca kabiri gishira icanyuma muri NKURUNZIZA CUP
Previous articleUmukinyi Kylian Mbappé aguma avugwako vyinshi
Next articleCesc Fabregas ahagarika gukina umupira w’amaguru